ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • CO-pgm17 rup. 2-3
  • Ku wa gatanu

Nta videwo ihari.

Uradutunga, ividewo yanse kuvuga.

  • Ku wa gatanu
  • Programa y’ihwaniro ryo mu 2017
  • Ivyo bijanye
  • Ku wa gatanu
    Programa y’ihwaniro ryo mu 2019
  • Ku wa mungu
    Programa y’ihwaniro ryo mu 2024
  • Ku wa gatandatu
    Programa y’ihwaniro ryo mu 2017
  • Ku wa gatanu
    Programa y’ihwaniro ryo mu 2024
Ibindi
Programa y’ihwaniro ryo mu 2017
CO-pgm17 rup. 2-3
Amafoto y’ibizorimburwa ahanini ku wa gatanu mu gitondo kw’ihwaniro ryo mu 2017.

Ku wa gatanu

“Ntiduhebe . . . gukora ivyiza”​—ABAGALATIYA 6:9

MU GITONDO

  • 2:20 Ividewo y’umuziki

  • 2:30 Ururirimbo No. 77 n’isengesho

  • 2:40 IJAMBO RY’UMUHAGARIKIZI: Ubu kuruta ikindi gihe cose, turakeneye ukwihangana (Ivyahishuwe 12:12)

  • 3:15 INSIGURO Y’IBICE BINE: Nubandanye kwamamaza ‘udatezura’

    • Akaryo kizanye (Ivyakozwe 5:42; Umusiguzi 11:6)

    • Ku nzu n’inzu (Ivyakozwe 20:20)

    • Ku mugaragaro (Ivyakozwe 17:17)

    • Guhindura abantu abigishwa (Abaroma 1:14-16; 1 Abakorinto 3:6)

  • 4:05 Ururirimbo No. 76 n’amatangazo

  • 4:15 IGIKINO CO KWUMVIRIZA: Yehova ararokora abasavyi biwe (Kuvayo 3:1-22; 4:1-9; 5:1-9; 6:1-8; 7:1-7; 14:5-10, 13-31; 15:1-21)

  • 4:45 Yehova ni we Karorero Ruheta mu kwihangana (Abaroma 9:22, 23; 15:13; Yakobo 1:2-4)

  • 5:15 Ururirimbo No. 115 n’akaruhuko

Amafoto y’ibizorimburwa ahanini ku wa gatanu ku muhingamo kw’ihwaniro ryo mu 2017.

KU MUHINGAMO

  • 6:25 Ividewo y’umuziki

  • 6:35 Ururirimbo No. 128

  • 6:40 INSIGURO Y’IBICE INDWI: Ntudendebukirwe igihe uhanganye . . .

    • N’akarenganyo (Matayo 5:38, 39)

    • N’ubusaza (Yesaya 46:4; Yuda 20, 21)

    • N’udusembwa twawe (Abaroma 7:21-25)

    • N’ibigucisha bugufi (Abagalatiya 2:11-14; Abaheburayo 12:5, 6, 10, 11)

    • N’indwara y’igihe kirekire (Zaburi 41:3)

    • N’ukubura uwawe (Zaburi 34:18)

    • N’uruhamo (Ivyahishuwe 1:9)

  • 7:55 Ururirimbo No. 136 n’amatangazo

  • 8:05 IGIKINO: Mwibuke muka Loti​—Igice ca 1 (Luka 17:28-33)

  • 8:35 INSIGURO Y’IBICE BINE: Nutsimbataze kamere zituma wihangana

    • Ukwizera (Abaheburayo 11:1)

    • Ingeso nziza (Abafilipi 4:8, 9)

    • Ubumenyi (Imigani 2:10, 11)

    • Ukwigumya (Abagalatiya 5:22, 23)

  • 9:15 Dushobora gute kuguma duhagaze ntitwigere tugwa? (2 Petero 1:5-10; Yesaya 40:31; 2 Abakorinto 4:7-9, 16)

  • 9:50 Ururirimbo No. 3 n’isengesho ryo gusozera

    Ibitabu vy’ikirundi (1983-2026)
    Sohoka
    Injira
    • Ikirundi
    • Rungika
    • Uko vyoza bimeze
    • Copyright © 2026 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
    • Amasezerano agenga ikoreshwa
    • Ibijanye no kugumya ibanga
    • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
    • JW.ORG
    • Injira
    Rungika