Ku wa mungu
«. . . maze iherezo rizoca riza»—Matayo 24:14
Mu gitondo
2:20 Ividewo y’umuziki
2:30 Ururirimbo No. 84 n’isengesho
2:40 INSIGURO Y’IBICE BITANDATU: Niwigane abagaragaje ko bizera inkuru nziza
• Zakariya (Abaheburayo 12:5, 6)
• Elizabeti (1 Abatesalonika 5:11)
• Mariya (Zaburi 77:12)
• Yozefu (Imigani 1:5)
• Simeyoni na Ana (1 Ngoma 16:34)
• Yezu (Yohani 8:31, 32)
4:05 Ururirimbo No. 65 n’amatangazo
4:15 INSIGURO YA BOSE ISHINGIYE KURI BIBILIYA: Igituma tudatinya inkuru mbi (Zaburi 112:1-10)
4:45 Incamake y’Umunara w’Inderetsi
5:15 Ururirimbo No. 61 n’akaruhuko
Ku muhingamo
6:35 Ividewo y’umuziki
6:45 Ururirimbo No. 122
6:50 IGIKINO GISHINGIYE KU BUSOMYI BWA BIBILIYA: «Igihe co kurindira caheze» (Ivyahishuwe 10:6)
7:20 Ururirimbo No. 126 n’amatangazo
7:30 Wize iki?
7:40 Kubera iki ukwiye ‘kuguma wumiye ku nkuru nziza’ kandi wobigira gute? (1 Abakorinto 2:16; 15:1, 2, 58; Mariko 6:30-34)
8:30 Ururirimbo rushasha n’isengesho risozera