ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • CO-pgm19 rup. 2-3
  • Ku wa gatanu

Nta videwo ihari.

Uradutunga, ividewo yanse kuvuga.

  • Ku wa gatanu
  • Programa y’ihwaniro ryo mu 2019
  • Ivyo bijanye
  • Ku wa gatanu
    Programa y’ihwaniro ryo mu 2022
  • Ku wa gatanu
    Programa y’ihwaniro ryo mu 2024
  • Ku wa gatanu
    Programa y’ihwaniro ryo mu 2017
  • Ku wa gatanu
    Programa y’ihwaniro ryo mu 2023
Ibindi
Programa y’ihwaniro ryo mu 2019
CO-pgm19 rup. 2-3
Ivyamwa vy’ubwoko butandukanye

Ku wa gatanu

“MWIGISHIJWE N’IMANA GUKUNDANA”​—1 ABATESALONIKA 4:9

MU GITONDO

  • 2:20 Ividewo y’umuziki

  • 2:30 Ururirimbo No. 105 n’isengesho

  • 2:40 IJAMBO RY’UMUHAGARIKIZI: Ni kubera iki ‘urukundo rutigera runanirwa’? (Abaroma 8:38, 39; 1 Abakorinto 13:1-3, 8, 13)

  • 3:15 INSIGURO Y’IBICE BINE: Uraba maso ntiwizigire ibintu bihera

    • Ubutunzi (Matayo 6:24)

    • Icubahiro no kuba rurangiranwa (Umusiguzi 2:16; Abaroma 12:16)

    • Ubukerebutsi bw’abantu (Abaroma 12:1, 2)

    • Inguvu n’ubwiza (Imigani 31:30; 1 Petero 3:3, 4)

  • 4:05 Ururirimbo No. 40 n’amatangazo

  • 4:15 IGIKINO CO KWUMVIRIZA: Yehova yagumye agaragaza urukundo rudahemuka (Itanguriro 37:1-36; 39:1–47:12)

  • 4:45 Yehova arakunda abakunda Umwana wiwe (Matayo 25:40; Yohani 14:21; 16:27)

  • 5:15 Ururirimbo No. 20 n’akaruhuko

KU MUHINGAMO

  • 6:15 Ividewo y’umuziki

  • 6:25 Ururirimbo No. 107

  • 6:30 INSIGURO Y’IBICE BITANDATU: Urukundo ntirwigera runanirwa naho woba . . .

    • Wakuriye mu muryango udakundana (Zaburi 27:10)

    • Ukorana n’abantu bagoye (1 Petero 2:18-20)

    • Ugirwako akosho kabi kw’ishure (1 Timoteyo 4:12)

    • Ufise indwara idakira (2 Abakorinto 12:9, 10)

    • Ukenye (Abafilipi 4:12, 13)

    • Uhamwa mu muryango (Matayo 5:44)

  • 7:40 Ururirimbo No. 141 n’amatangazo

  • 7:50 INSIGURO Y’IBICE BITANU: Ivyaremwe birahishura urukundo rwa Yehova

    • Amajuru (Zaburi 8:3, 4; 33:6)

    • Isi (Zaburi 37:29; 115:16)

    • Ibimera (Itanguriro 1:11, 29; 2:9, 15; Ivyakozwe 14:16, 17)

    • Ibikoko (Itanguriro 1:27; Matayo 6:26)

    • Umubiri w’umuntu (Zaburi 139:14; Umusiguzi 3:11)

  • 8:45 ‘Uwo Yehova akunda aramutoza indero’ (Abaheburayo 12:5-11; Zaburi 19:7, 8, 11)

  • 9:05 “Mwambare urukundo” (Abakolosayi 3:12-14)

  • 9:40 Ururirimbo No. 130 n’isengesho ryo gusozera

    Ibitabu vy’ikirundi (1983-2026)
    Sohoka
    Injira
    • Ikirundi
    • Rungika
    • Uko vyoza bimeze
    • Copyright © 2026 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
    • Amasezerano agenga ikoreshwa
    • Ibijanye no kugumya ibanga
    • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
    • JW.ORG
    • Injira
    Rungika