ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • CO-pgm24 rup. 2-3
  • Ku wa gatanu

Nta videwo ihari.

Uradutunga, ividewo yanse kuvuga.

  • Ku wa gatanu
  • Programa y’ihwaniro ryo mu 2024
  • Ivyo bijanye
  • Ku wa gatanu
    2025 Programa y’ihwaniro
  • Ku wa gatandatu
    2025 Programa y’ihwaniro
  • Ku wa mungu
    2025 Programa y’ihwaniro
  • Ku wa gatandatu
    Programa y’ihwaniro ryo mu 2024
Ibindi
Programa y’ihwaniro ryo mu 2024
CO-pgm24 rup. 2-3
Amafoto: Ibintu nyamukuru vyo muri programa yo ku wa gatanu. 1. Umumarayika ariko avugana na Zakariya yatekewe n’ubwoba ari aheranda mu rusengero. 2. Mariya umwigeme w’isugi w’Umuyudakazi ariko aritegereza atangaye cane. 3. Yozefu na Mariya bariko baragenda bafise n’indogobwa. Mariya ateruye mu minwe Yezu ari uruyoya.

Ku wa gatanu

«Ngira ndabamenyeshe inkuru nziza izonezereza cane abantu bose»—Luka 2:10

Mu gitondo

  • 2:20 Ividewo y’umuziki

  • 2:30 Ururirimbo No. 150 n’isengesho

  • 2:40 IJAMBO RY’UMUHAGARIKIZI: Kubera iki dukeneye inkuru nziza? (1 Abakorinto 9:16; 1 Timoteyo 1:12)

  • 3:10 IGIKINO:

    Inkuru yerekeye igikorwa ca Yezu: Epizode ya 1

    Umuco w’ukuri w’isi—Igice ca 1 (Matayo 1:​18-25; Luka 1:​1-80; Yohani 1:​1-5)

  • 3:45 Ururirimbo No. 96 n’amatangazo

  • 3:55 INSIGURO Y’IBICE BINE: Bari «barongowe n’impwemu nyeranda»

    • • Matayo (2 Petero 1:21)

    • • Mariko (Mariko 10:21)

    • • Luka (Luka 1:​1-4)

    • • Yohani (Yohani 20:31)

  • 5:10 Ururirimbo No. 110 n’akaruhuko

Ku muhingamo

  • 6:35 Ividewo y’umuziki

  • 6:45 Ururirimbo No. 117

  • 6:50 INSIGURO Y’IBICE BITATU: Niwizere ukuri kwerekeye Yezu

    • • Jambo (Yohani 1:1; Abafilipi 2:​8-11)

    • • Izina ryiwe (Ivyakozwe 4:12)

    • • Ivuka ryiwe (Matayo 2:​1, 2, 7-12, 16)

  • 7:30 Ururirimbo No. 99 n’amatangazo

  • 7:40 INSIGURO Y’IBICE INDWI: Ivyigwa dukura ku gihugu Yezu yabamwo

    • • Akarere (Umusiguzi 8:7)

    • • Ibitungwa (Luka 2:​8, 24)

    • • Ibifungurwa (Luka 11:3; 1 Abakorinto 10:31)

    • • Ubuzima bwo muhira (Abafilipi 1:10)

    • • Ikibano (Gusubira mu vyagezwe 22:4)

    • • Inyigisho (Gusubira mu vyagezwe 6:​6, 7)

    • • Ugusenga (Gusubira mu vyagezwe 16:​15, 16)

  • 9:15 «Inkuru nziza y’ibihe bidahera»—Mu buhe buryo? (Ivyahishuwe 14:​6, 7)

  • 9:50 Ururirimbo No. 66 n’isengesho risozera

    Ibitabu vy’ikirundi (1983-2026)
    Sohoka
    Injira
    • Ikirundi
    • Rungika
    • Uko vyoza bimeze
    • Copyright © 2026 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
    • Amasezerano agenga ikoreshwa
    • Ibijanye no kugumya ibanga
    • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
    • JW.ORG
    • Injira
    Rungika