ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • mwb18 Ruheshi rup. 3
  • Yezu yarashikije ubuhanuzi

Nta videwo ihari.

Uradutunga, ividewo yanse kuvuga.

  • Yezu yarashikije ubuhanuzi
  • Ubuzima bwacu n’igikorwa cacu—Agatabu k’ikoraniro—2018
  • Ivyo bijanye
  • Kumenyesha imbere y’igihe ivyerekeye Mesiya
    Umunara w’Inderetsi Utangaza Ubwami bwa Yehova—2008
  • Ibibazo vy’abasomyi
    Umunara w’Inderetsi Utangaza Ubwami bwa Yehova—2011
  • Barabonye Mesiya!
    Umunara w’Inderetsi Utangaza Ubwami bwa Yehova—2011
  • Inyishu z’ibibazo bishingiye kuri Bibiliya
    Umunara w’Inderetsi Utangaza Ubwami bwa Yehova—2015
Ibindi
Ubuzima bwacu n’igikorwa cacu—Agatabu k’ikoraniro—2018
mwb18 Ruheshi rup. 3

UBUTUNZI BWO MW’IJAMBO RY’IMANA | MARIKO 15-16

Yezu yarashikije ubuhanuzi

Muri ibi bintu vyabaye mu buzima bwa Yezu, nuhuze kimwekimwe cose n’ubuhanuzi bwari bwarakivuze

ICABAYE

  • Yezu ahagaze imbere ya Pilato

    Mr 15:3-5

  • Abasoda bariko barapfindira impuzu za Yezu

    Mr 15:24

  • Abantu benshi barashinyaguriye Yezu igihe yari amanitse ku giti

    Mr 15:29, 30

  • Bariko baramanura Yezu ku giti, maze bamuzingira mu mpuzu nziza y’ilino

    Mr 15:43, 46

UBUHANUZI

  • Zb 22:7

  • Zb 22:18

  • Yes 53:7

  • Yes 53:9

NUKOMEZE UKWIZERA KWAWE

Ni ubundi buhanuzi ubuhe bwarangukiye kuri Yezu? (w11 15/8 17; bhs utujambo two ku mpera, Igicapo “Ubuhanuzi bwerekeye Mesiya”)

    Ibitabu vy’ikirundi (1983-2026)
    Sohoka
    Injira
    • Ikirundi
    • Rungika
    • Uko vyoza bimeze
    • Copyright © 2026 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
    • Amasezerano agenga ikoreshwa
    • Ibijanye no kugumya ibanga
    • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
    • JW.ORG
    • Injira
    Rungika