ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • mwb18 Ruheshi rup. 2
  • 4-10 Ruheshi

Nta videwo ihari.

Uradutunga, ividewo yanse kuvuga.

  • 4-10 Ruheshi
  • Ubuzima bwacu n’igikorwa cacu—Agatabu k’ikoraniro—2018
Ubuzima bwacu n’igikorwa cacu—Agatabu k’ikoraniro—2018
mwb18 Ruheshi rup. 2

4-10 Ruheshi

MARIKO 15-16

  • Ururirimbo rwa 95 n’isengesho

  • Intangamarara (Imin. 3 canke idashika)

UBUTUNZI BWO MW’IJAMBO RY’IMANA

  • “Yezu yarashikije ubuhanuzi”: (Imin. 10)

    • Mr 15:3-5​—Igihe bamwagiriza yagumye yihoreye

    • Mr 15:24, 29, 30​—Impuzu ziwe barazipfindiyeko ubupfindo, bongera baramutyekeza (nwtsty amakuru adufasha kwiga Mr 15:24, 29)

    • Mr 15:43, 46​—Yahambwe hamwe n’abatunzi (nwtsty amakuru adufasha kwiga Mr 15:43)

  • Ducukure ubutunzi bwo muri Bibiliya (Imin. 8)

    • Mr 15:25​—Ni ibiki bishobora kuba vyaratumye isaha Yezu yamanikiweko ivugwa ugutandukanye (nwtsty amakuru adufasha kwiga)

    • Mr 16:8​—Kubera iki Bibiliya y’isi nshasha y’icongereza yasubiwemwo idashiramwo insozero ndende canke ngufi mu gisomwa nyamukuru c’Injili ya Mariko? (nwtsty amakuru adufasha kwiga)

    • Igisomwa ca Bibiliya c’ino ndwi cakwigishije iki ku vyerekeye Yehova?

    • Hari ubundi butunzi woba warabonye mu gisomwa ca Bibiliya c’ino ndwi?

  • Igisomwa ca Bibiliya: (Imin. 4 canke idashika) Mr 15:1-15

NIWIJUKIRE IGIKORWA CO MU NDIMIRO

  • Akavidewo ka mugihura: (Imin. 4) Nimurabe ako kavidewo mwongere mukaganireko.

  • Usubiyeyo ubwa mbere: (Imin. 3 canke idashika) Koresha agace bijanye k’ingene twotanguza ibiyago.

  • Inyigisho: (Imin. 6 canke idashika) jl icigwa ca 2

UBUZIMA BW’UMUKIRISU

  • Ururirimbo rwa 63

  • “Nukurikire neza intambuko za Kristu”: (Imin. 15) Guhana ijambo. Erekana ividewo ivuga ngo Izina rya Yehova rirahambaye cane.

  • Inyigisho ya Bibiliya y’ishengero: (Imin. 30) jy ikig. 23, uruzitiro “Ukwizizirwa n’amadayimoni”

  • Isubiramwo ry’ivyo mwize, n’incamake y’ivyo mu ndwi iza (Imin. 3)

  • Ururirimbo rwa 140 n’isengesho

    Ibitabu vy’ikirundi (1983-2026)
    Sohoka
    Injira
    • Ikirundi
    • Rungika
    • Uko vyoza bimeze
    • Copyright © 2026 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
    • Amasezerano agenga ikoreshwa
    • Ibijanye no kugumya ibanga
    • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
    • JW.ORG
    • Injira
    Rungika