ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • mwb18 Ruheshi rup. 2
  • Nukurikire neza intambuko za Kristu

Nta videwo ihari.

Uradutunga, ividewo yanse kuvuga.

  • Nukurikire neza intambuko za Kristu
  • Ubuzima bwacu n’igikorwa cacu—Agatabu k’ikoraniro—2018
  • Ivyo bijanye
  • Nuhimbarwe igihe uri mu ruhamo
    Ubuzima bwacu n’igikorwa cacu—Agatabu k’ikoraniro—2022
  • “Muzirikane mwitonze umwe yihangana”
    “Ingo unkurikire”
  • Turashobora kwungukira ku kwihanganira imibabaro
    Umunara w’Inderetsi Utangaza Ubwami bwa Yehova—2007
  • Urashobora kuguma uri intahemuka mu ruhamo
    Urashobora kwiberaho ibihe bidahera—Ivyigwa bishingiye kuri Bibiliya
Ibindi
Ubuzima bwacu n’igikorwa cacu—Agatabu k’ikoraniro—2018
mwb18 Ruheshi rup. 2

UBUZIMA BW’UMUKIRISU

Nukurikire neza intambuko za Kristu

Yezu yaradusigiye akarorero twokwigana, canecane igihe turi mu bigeragezo canke mu ruhamo. (1Pt 2:21-23) N’igihe yaba ariko aratukwa canke mbere akababazwa, ntiyigera yihora. (Mr 15:29-32) Ni ibiki none vyamufashije kwihangana? Yari yariyemeje gukora ivyo Yehova agomba. (Yoh 6:38) Vyongeye, yagumiza umutima ku “kanyamuneza yashizwe imbere.”​—Heb 12:2.

Tuvyifatamwo gute igihe dufashwe nabi kubera ukwizera kwacu? Abakirisu b’ukuri ‘ntibishura ikibi ku kindi.’ (Rm 12:14, 17) Igihe twihanganiye imibabaro nka kumwe kwa Kristu, turanezerwa kuko ivyo bihimbara Imana.​—Mt 5:10-12; 1Pt 4:12-14.

NIMURABE IVIDEWO IVUGA NGO IZINA RYA YEHOVA RIRAHAMBAYE CANE, MUCE MWISHURA IBI BIBAZO:

  • Gertrud yakoresheje neza gute umwanya igihe yari mu gasho ka wenyene?

  • Ni ibintu ibihe Gertrud n’umugabo wiwe bihanganiye igihe bari mu makambi y’itunatuniro atandukanye?

  • Ni ibiki vyabafashije kwihangana?

Abagore bariko barakora ibikorwa vy’umuruho igihe bari bapfunzwe n’Abanazi; Pötzinger n’umugore wiwe

Igihe uri mu mibabaro, nukurikire neza intambuko za Kristu

    Ibitabu vy’ikirundi (1983-2026)
    Sohoka
    Injira
    • Ikirundi
    • Rungika
    • Uko vyoza bimeze
    • Copyright © 2026 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
    • Amasezerano agenga ikoreshwa
    • Ibijanye no kugumya ibanga
    • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
    • JW.ORG
    • Injira
    Rungika