ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • w10 15/12 rup. 1-2
  • Ibirimwo

Nta videwo ihari.

Uradutunga, ividewo yanse kuvuga.

  • Ibirimwo
  • Umunara w’Inderetsi Utangaza Ubwami bwa Yehova—2010
  • Udutwe
  • IBIGANIRO VY’UKWIGA MU NDWI ZO KU WA:
  • Intumbero y’ibiganiro vy’ukwiga
  • IYI NOMERO IRIMWO KANDI:
Umunara w’Inderetsi Utangaza Ubwami bwa Yehova—2010
w10 15/12 rup. 1-2

Ibirimwo

15 Kigarama 2010

Integuro y’ukwiga

IBIGANIRO VY’UKWIGA MU NDWI ZO KU WA:

31 Nzero 2011–6 Ruhuhuma 2011

Nugirire umwete ugusenga kw’ukuri

URUPAPURO 7

INDIRIMBO ZIKORESHWA: 101, 97

7-13 Ruhuhuma 2011

“Ubu ni co gihe canecane c’ukwemerwa”

URUPAPURO 11

INDIRIMBO ZIKORESHWA: 96, 98

14-20 Ruhuhuma 2011

Niwironkere imihezagiro biciye ku Mwami ayobowe n’impwemu y’Imana!

URUPAPURO 16

INDIRIMBO ZIKORESHWA: 99, 109

21-27 Ruhuhuma 2011

Ririmbira Yehova!

URUPAPURO 20

INDIRIMBO ZIKORESHWA: 75, 116

Intumbero y’ibiganiro vy’ukwiga

IKIGANIRO C’UKWIGA CA 1, 2 URUPAPURO 7-15

Muri ivyo biganiro turahigira ukuntu Yezu yagaragaje umwete nyakuri, ivyo bikaba bitubera akarorero twokwigana. Ariko none, ni kubera iki muri iki gihe ari ho canecane bibereye ko tugira umwete mu busuku? Ni gute iki ari co gihe canecane c’ukwemerwa?

IKIGANIRO C’UKWIGA CA 3 URUPAPURO 16-20

Turi mu kiringo aho ubutegetsi bw’abantu buriko burananirwa. Iki kiganiro kizodufasha gutahura igituma Yehova yahisemwo Yezu Kristu ngo abe ari we ategeka abantu be n’ukuntu kuyobokera Kristu bizotuma twironkera imihezagiro myinshi.

IKIGANIRO C’UKWIGA CA 4 URUPAPURO 20-24

Ni kubera iki kuba umuziki ukwiye kugira uruhara ruhambaye mu gusenga kwacu ari ikintu gishingiye ku Vyanditswe kandi kibereye? Iki kiganiro kizodufasha kuronka inyishu y’ico kibazo congere kidufashe gutahura ukuntu umwe wese muri twebwe ashobora kugira ico aterereye kuri urwo ruhara.

IYI NOMERO IRIMWO KANDI:

Umwana wawe yovuga iki? 3

Woba uvyibuka? 6

Umuntu ntiyigera arengerana gukorera Imana 25

Nariboneye ububasha ukuri kwo muri Bibiliya gufise 26

Ibibazo vy’abasomyi 30

Ironderero ry’ibiganiro vy’Umunara w’Inderetsi wo mu 2010 32

    Ibitabu vy’ikirundi (1983-2026)
    Sohoka
    Injira
    • Ikirundi
    • Rungika
    • Uko vyoza bimeze
    • Copyright © 2026 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
    • Amasezerano agenga ikoreshwa
    • Ibijanye no kugumya ibanga
    • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
    • JW.ORG
    • Injira
    Rungika