Ironderero ry’ibiganiro vy’Umunara w’Inderetsi wo mu 2010
Ryerekana igenekerezo ry’inomero ikiganiro gisangwamwo
BIBILIYA
Ibintu indwi vyogufasha kwungukira ku busomyi bwayo, 1/7
Igituma wokwizigira Injili, 1/3
Ikintu c’intibagirwa mu vy’ugusenga!—Isohorwa rya Bibiliya y’isi nshasha mu kirundi, 1/9
Irahindura ubuzima, 1/2, 1/5, 1/8, 1/11
Kubera iki amajambo yo mu gitabu ca Zekariya Matayo yayitiriye Yeremiya? 1/12
Muri Ezekiyeli 18:20 no muri Kuvayo 20:5 harahuza, 15/3
Ubuhanuzi bwaravuze ivyerekeye leta ya Isirayeli? 1/11
Umucapuzi w’ibitabu vya kera yayiteje imbere, 1/7
Yoba ari Ijambo ry’Imana ryahumetswe? 1/3
Yoba itubwira vyose ku vyerekeye Yezu? 1/4
IBIGANIRO VYO KWIGA
“Abagororotsi bazokayangana nk’izuba,” 15/3
Bagabo, mwoba muyobokera ubukuru bwa Kristu? 15/5
Bagore, kubera iki mwoyoboka ubukuru? 15/5
Bavukanyi, nimubibe ku bw’impwemu maze mukwize ibisabwa kugira mushingwe amabanga! 15/5
Gume mubanza kurondera ubugororotsi bw’Imana,” 15/10
‘Impwemu irasesangura ibintu vyimbitse vy’Imana,’ 15/7
“Impwemu na wa mugeni biguma bivuga biti: ‘Ingo!’,” 15/2
Imvugo y’igikundiro iratuma haba imigenderanire myiza, 15/6
Indongozi yacu ikora cane muri iki gihe, 15/9
‘Indongozi yanyu ni imwe, ni Kristu,’ 15/9
Ingene incungu idukiza, 15/8
Ingene Yezu ashimagiza ubugororotsi bw’Imana, 15/8
“Itegeko ry’ubuntu bwuzuye urukundo” nirizigame ururimi rwawe, 15/8
Ivyo umusi wa Yehova uzohishura, 15/7
Kaze muri ya nzira y’ubuzima nziza kuruta izindi zose! 15/2
Kuba aba Yehova ni ubuntu tutari dukwiriye, 15/1
Kubatizwa mw’izina rya Data n’ivy’Umwana n’ivy’impwemu nyeranda? 15/3
“Mubwirizwa kuba abantu bameze gute!” 15/7
Ni kubera iki wokwiyegurira Yehova? 15/1
Ni nde ashobora gukiza abariko baratakamba? 15/8
“Ni nde yamenye umuzirikanyi wa Yehova?” 15/10
Niwerekane ko uri umuyoboke nyakuri wa Kristu, 15/1
Niwironkere imihezagiro biciye ku Mwami ayobowe n’impwemu y’Imana! 15/12
Ntimutuntuze impwemu nyeranda ya Yehova, 15/5
Nugende wisunga impwemu ubone kubaho uhuza n’ukwiyegura kwawe, 15/3
Nugire uruhara rushitse mw’iyimbura rihambaye ryo mu vy’impwemu, 15/7
Nugirire umwete ugusenga kw’ukuri, 15/12
‘Nugume utsinda ikibi’ mu gucungera ishavu, 15/6
Nugume wubaka ishengero, 15/6
Nuhindukize amaso yawe woye kuraba ibitagira ikimazi! 15/4
Nukoreshe “inkota y’impwemu” ubigiranye ubuhanga, 15/2
Nuronderane ubwira umuhezagiro wa Yehova, 15/9
Nuronkere ugutekanirwa mu basavyi b’Imana, 15/6
Nuronkere ukuruhurirwa mu bintu vy’impwemu, 15/6
‘Nuvuge Ijambo ry’Imana n’ubutinyutsi,’ 15/2
Ririmbira Yehova! 15/12
Rwaruka, muzokoresha gute ubuzima bwanyu? 15/11
Rwaruka, nimukomeze icipfuzo mufise co gukorera Yehova, 15/4
Rwaruka, nimunanire akosho k’urunganwe, 15/11
Rwaruka, nimuyoborwe n’Ijambo ry’Imana, 15/11
Tuzogendera mu gutungana kwacu! 15/11
Ubumwe bw’abakirisu buraninahaza Imana, 15/9
Ubumwe ni bwo buranga ugusenga kw’ukuri, 15/9
“Ubu ni co gihe canecane c’ukwemerwa,” 15/12
Uburyo Shetani ategeka nta co bushobora gushikako, 15/1
Uburyo Yehova ategeka buremezwa ko ari bwo bubereye! 15/1
Ubusho bumwe, n’umwungere umwe, 15/3
Uruhara impwemu nyeranda igira mw’iranguka ry’umugambi wa Yehova, 15/4
Uwa mbere mu vyo gutera iteka abo musangiye ukwemera? 15/10
Woba ugira uruhara mu vyo gutuma amakoraniro ya gikirisu aba ayubaka? 15/10
Woba uriko urakurikira Kristu bimwe bishitse? 15/4
Yehova ni Umukama Segaba wacu! 15/11
INKURU Z’UBUZIMA
Gusukura mu gihe c’iyongerekana (H. Harris), 15/9
Ibigeragezo vyatumye turushiriza kwizigira Yehova (A. Dello Stritto), 15/4
Imana ‘irakora ibintu bikomeye’ (M. Raj), 1/12
‘Ivyo yakoze vyaciye bijana na we’ (T. Jaracz), 15/11
Mfise vyinshi nkora mw’ishirahamwe (V. Zubko), 15/10
Niwizigire Yehova (E. Schmidt), 1/9
Ububasha ukuri kwo muri Bibiliya gufise (V. Fraese), 15/12
IVYABONA VYA YEHOVA
Abasohotse ishure ry’i Gileyadi, 1/2, 1/8
Afirika y’Epfo, 1/6
Amahwaniro “Nugume wiyegereje Yehova,” 1/3
Amazinga yo mu Buraruko bwa kure bwa Ositaraliya, 1/5
Babona gute ibijanye n’ukuja hamwe kw’amadini, 1/6
Biligariya, 15/9
Boba basengera abarwaye? 1/10
Grenade, 1/9
Hayiti, 1/12
Icibutso, 1/3
Igikoresho kigenewe gufasha urwaruka (Urwaruka ruribaza, imbumbe ya 2), 15/2
Ikoraniro rigirwa buri mwaka, 15/6
Ingoro z’Ubwami, 1/5
‘Ishikanwa rya Yehova’ (intererano), 15/11
“Karamfasha gushikira imitima” (Agatabu Inkuru nziza), 15/10
Kuba maso (Finilande), 15/7
Papuasie-Nouvelle Guinée, 1/3
Umuntu ntiyigera arengerana gukorera Imana, 15/12
Uratumiwe (Beteli), 15/8
UBUZIMA BW’ABAKIRISU NA KAMERE ZABO
Abapfakazi n’abapfakare, 1/5
Bwoba vy’ukuri ari ubugunge? 1/6
Gufasha umugenzi arwaye, 1/7
“Gushika urupfu rudutandukanije,” 1/3
Gusubira kubatizwa, 15/2
Gutera iteka abageze mu zabukuru, 15/5
Ibintu vyotuma unezererwa uko ivyawe vyifashe, 1/11
Icigwa ku bijanye n’imbabazi z’Imana (Yona), 1/3
Intahemuka mu bigeragezo (Petero), 1/1
Isengesho, 1/10
Ivyo kwisigura, 15/10
Kuba inzirabugunge ibihe vyose, 1/3
Kubana n’abandi mu nzu imwe, 15/2
Kuronka abagenzi b’intahemuka, 1/7
Kwigisha abana kuba abitwararika ibintu, 1/5
Kwihanganira uguhemukirwa n’uwo mwubakanye, 15/6
Kwinjiza mu bana ugukunda gusoma no kwiga, 15/7
Kwitwararika incuti irwaye, 15/5
Kwubahiriza Isabato ya buri ndwi? 1/2
Kwubahiriza umwanya, 15/8
Niwitwararike abavyeyi bireranye abana, 1/12
Ntihagire ico uba, 15/4
“Ntutinye. Ndagutabara,” 15/7
‘Nube uwutagira akanenge nka So wo mw’ijuru,’ 15/11
Nuburanire ivyo wemera wajijutseko! (Yeremiya), 1/5
Nufashe abakiri bato kumenya ishirahamwe rya Yehova, 15/10
Nufashe abana kuvyifatamwo neza mu ngorane, 15/1
Nugumane ubutoni ku Mana naho hoba amahinduka, 15/3
Nugumane “ubutyoroke bw’umutima,” 15/3
Nukoreshe umusi wose ku bw’ubuninahazwa bw’Imana, 15/1
Numenyereze ububasha bwo gutegera, 15/5
Nunanire akosho k’ivyiyumviro vy’abantu, 15/8
Nunyinyane n’ukwumva uvunitse umutima, 1/10
Nuremeshe ababuze, 1/11
Nurwanye poropagande ya Shetani, 15/2
‘Nushishikare kwijukira ukwigisha,’ 15/7
Nuyage n’abana bawe ku vyerekeye igitsina, 1/11
Sobukwe na nyokobukwe, 1/2
“Uburenganzira umwana afise bwo gutera imbere mu vy’impwemu,” 15/2
Umugabo yicisha bugufi akagira n’umutima rugabo (Yona), 1/1
Umwaka wa mbere w’umubano w’ababiranye, 1/8
Umwana wawe yovuga iki? 15/12
Vyoba bishoboka ko umuntu akunda abansi biwe? 1/3
Yarigiye kuri Shebuja ibijanye no guharira abandi (Petero), 1/4
UTUNTU N’UTUNDI
Ababuraniye ivyo bemera, 1/6
‘Abagabo bitwaza intambi’ (Ivk 21:38), 1/3
Abantu beza bose boba baja mw’ijuru? 1⁄2
Abapfuye boba bafasha abazima? 1/1
Abavugwa muri Bibiliya boba vy’ukuri bararamvye ukuraho? 1/12
Abayuda n’Abasamariya ntibahuza, 1/10
“Abitwararika ibikorwa vyo mu rugo” (Tt 2:5), 1/2
Aho baba (abakirisu bo mu ntango), 1/1
Akabanga wobwira abandi, 1/12
Amarembo y’ibisagara, 1/6
Amasinagogi, 1/4
Aroni ntiyahanywe igihe yahingura imasa, 15/5
Bagira ingendo gushika mu karere ka kure rwose k’isi, 1/11
Harani—Ikibanza cakorerwamwo ibikorwa vyinshi, 15/5
Ibimonyo vyoba vyiziganiriza indya mu ci? 1/7
Ibisagara vy’ubuhungiro vyaracitse ubwihisho bw’inkozi z’ikibi? 1/11
‘Ibitabo vyo ku mpinga z’imisozi,’ 1/8
Igicumuro, 1/6
Igisate co kwandikako (Lk 1:63), 1/1
‘Imisi y’umuntu izogera ku myaka 120’ (It 6:3), 15/12
Impwemu nyeranda, 1/10
“Imyotso y’umushumba wa Yezu” (Gl 6:17), 1/11
Ingendo abakera bagira bakarenga akarere ka Mediterane, 1/3
Ingene Imana ibona ivyerekeye inzoga, 1/1
Inyama zashikaniwe ibigirwamana, 1/10
Inyenyeri ziyobora ubuzima bwawe? 1/6
Inzahabu y’i Ofiru, 1/6
Inzira Paulo yajanye (Aciye mw’ibarabara rya Apiyo), 1/1
Inzoga mu bihe vya Bibiliya, 1⁄2
Iparadizo ivugwa muri Bibiliya yagiye hehe? 1/12
Isi yoba izohera? 1/1
Isi yoba izokwama yimbuka ibihagije? 1/3
Ivyiyumviro n’inyigisho vya Kaluvino, 1/9
Kayini yakuye hehe umugore? 1/9
Kubera iki abantu bakora ikibi, 1/9
Kuvuga izindi ndimi, 1/10
Kwatura ibicumuro, 1/9
Mariko yari ‘kirumara ku bw’ubusuku,’ 15/3
Ni bande baba mu karere k’impwemu? 1/12
Noba nkwiye kuja mw’idini? 1/11
Rebeka, 1/2
Ubukirisu bwo mu ntango n’ibimana vy’i Roma, 15/5
Ubutatu, 1/2
Ubwami buzohindura isi, 1/10
Umuhero woba uri hafi? 1/8
Umuhungu w’imfura, 1/5
Umukevyi w’umwami, 1/7
Umunyamibembe akizwa (Namani), 1/11
Umuti wo gusomōra w’i Gileyadi, 1/6
‘Umuvinyu mushasha, imikuza y’insato ishaje’ (Lk 5:37, 38), 1/3
Urugendo mu bwato rwarimwo akaga mu gihe ca Paulo, 1/2
“Urugendo rw’intsinzi” (2Kr 2:14-16), 1/8
Utubweta tw’ivyanditswe, 1/5
‘Yabandanije gukurira imbere ya Yehova’ (Samweli), 1/10
Yaraseruye akari ku mutima mw’isengesho (Hana), 1/7
YEHOVA
‘Akira umwana wawe’ (agahungu kazutse), 1/8
‘Araba mu mutima,’ 1/3
Arashitsa ivyo asezerana, 1/1
Arazi umutima, 1/12
‘Arumva amasengesho,’ 1/10
Arumviriza ugutabaza kw’uwuciye bugufi, 15/11
Ashaka ko utagira ico uba, 15/4
Aturonderamwo iciza, 1/7
“Azoreka umuronke” (1Ng 28:9), 1/11
Imana yoba yaraduhevye? 1/5
Izina mu rusengero rw’Abanyamisiri, 1/5
Kubera iki aha abantu ubuzima budahera? 1/1
Ntagira nkunzi, 1/9
‘Ubwami bwawe buzohora buhamye’ (Dawidi), 1/4
Ukudahemuka, 1/6
“Umutima umenetse, ujanjaguwe” urondeye guharirwa, 1/5
Uturyo tungana two kumumenya? 1/8
Woba ubona ko ari so wawe? 15/2
Woba ureka Yehova akakubaza? 15/4
Woba uzi neza izina ry’Imana? 1/7
Yararwanye intambara n’Abanyakanani, 1/1
Yoba ashobora kwicuza? 1/2
Yoba yaragize intango? 1/7
YEZU KRISTU
Abanditse ibimwerekeye, 1/6
Abaragurira ku nyenyeri baje kuraba, 1/12
Igituma atihuse, 1/8
Ingene twokurikira, 1/5
Inyigisho ku bijanye n’agahimbare, 1/8
Inyigisho ku bijanye n’ibiremwa vy’impwemu, 1/11
Inyigisho ku bijanye n’ugusenga kw’ukuri, 1/2
Ivyaha vy’umugore bibabarirwa, 15/8
Kubera iki batamwemeye? 1/12
Kubera iki yiswe Kristu? 1/4
Ni ukuri canke ni ikinyoma? 1/4
Ntiyinjiye mu vya politike, 1/7
Umubaji, 1/8
Umuntu yabayeho muri kahise, 1/4
Wa muntu yahinduye isi, 1/4
Yari afise ico apfana na Yohani Umubatizi? 1/9
Yari afise ico apfana na za ntumwa 12? 1/9
Yarize kugamburuka, 1/4
Yoba ari we wa mumarayika mukuru Mikaheli? 1/4