Ibirimwo
15 Ruhuhuma 2010
Integuro y’ukwiga
IBIGANIRO VY’UKWIGA MU NDWI ZO KU WA:
5-11 Ndamukiza 2010
‘Nuvuge Ijambo ry’Imana n’ubutinyutsi’
URUPAPURO 5
INDIRIMBO ZIKORESHWA: 27, 162
12-18 Ndamukiza 2010
Nukoreshe “inkota y’impwemu” ubigiranye ubuhanga
URUPAPURO 10
INDIRIMBO ZIKORESHWA: 193, 11
19-25 Ndamukiza 2010
“Impwemu na wa mugeni biguma bivuga biti: ‘Ingo!’”
URUPAPURO 14
INDIRIMBO ZIKORESHWA: 6, 222
26 Ndamukiza 2010–2 Rusama 2010
Kaze muri ya nzira y’ubuzima nziza kuruta izindi zose!
URUPAPURO 24
INDIRIMBO ZIKORESHWA: 182, 42
Intumbero y’ibiganiro vy’ukwiga
IKIGANIRO C’UKWIGA CA 1-3 URUPAPURO 5-18
Ivyo biganiro biraca irya n’ino uruhara impwemu nyeranda igira mu busuku turangura. Birerekana ukuntu kuyoborwa n’impwemu y’Imana bidufasha kuvugana ubutinyutsi, kwigisha tubigiranye ubuhanga no kwamamaza tudahorereza.
IKIGANIRO C’UKWIGA CA 4 URUPAPURO 24-28
Gukora ivyo Yehova agomba no kwumviriza Yezu ni yo nzira y’ubuzima nziza kuruta izindi zose. Ico kiganiro kirerekeza ku mihezagiro kandondwa abantu biyeguriye Imana maze bakabatizwa bironkera. Ico kiganiro kirerekana kandi ico dutegerezwa gukora kugira ngo twumire ku kuri.
IYI NOMERO IRIMWO KANDI:
Woba ubona ko Yehova ari So wawe? 3
Nurwanye poropagande ya Shetani 19
“Uburenganzira umwana afise bwo gutera imbere mu vy’impwemu” 29
Igikoresho kigenewe gufasha urwaruka kwibuka Umuremyi warwo 30