Ibirimwo
1 Munyonyo 2008
Woba ukwiye gutinya umuriro udahera?
IBIRI MURI IYI NOMERO
4 Ni ibiki vy’ukuri bishikira umuntu iyo apfuye?
5 Ni ibiki Yezu yigishije ku bijanye n’umuriro?
8 Kumenya ukuri ku bijanye n’umuriro bishobora kugira ico bikoze gute kuri wewe?
10 Niwiyegereze Imana—Irakunda ubutungane
14 Ubutumire bwari bufise intumbero
16 Ivyo twigira kuri Yezu—Ku bijanye n’icizigiro kiriho ku bapfuye
18 Ibintu nyamukuru vyotuma mu rugo haba agahimbare—Nimuzigame indagano yanyu y’ukwabirana
24 Jambo yoba yari “Imana” canke yari “imana”?
25 Ugusagamba be n’ukuzimangana kw’“amato y’i Tarushishi”
28 Ivyabajijwe n’abasomyi bacu
29 Woba uriko wubaka ku musenyi canke ku gitandara?
Ivyabona vya Yehova boba basambura imibano?
URUPAPURO 11
Ku bw’urwaruka rwacu—Bararukarihije rurabamwa
URUPAPURO 23