Ibirimwo
15 Ntwarante 2008
Integuro y’ukwiga
IBIGANIRO VY’UKWIGA MU NDWI ZO KU WA:
21-27 Ndamukiza
Tube abemera kwiyorosha n’abatarenza urugero
URUPAPURO 3
INDIRIMBO ZIKORESHWA: 8, 177
28 Ndamukiza–4 Rusama
Nuronkere umunezero mu mubano wanyu w’abubatse
URUPAPURO 7
INDIRIMBO ZIKORESHWA: 117, 89
5-11 Rusama
Yehova arumva ugutakamba kwacu
URUPAPURO 12
INDIRIMBO ZIKORESHWA: 58, 135
12-18 Rusama
“Ni nde ari inkerebutsi kandi atahura muri mwebwe?”
URUPAPURO 21
INDIRIMBO ZIKORESHWA: 106, 51
19-25 Rusama
Woba ubona abandi nk’uko Yehova ababona?
URUPAPURO 25
INDIRIMBO ZIKORESHWA: 127, 213
Intumbero y’ibiganiro vy’ukwiga
Ikiganiro c’ukwiga ca 1, 2 URUPAPURO 3-11
Mu buryo butandukanye n’ukuntu abenshi babona ibintu, hariho imvo nziza zikwiye gutuma abakirisu bakora uko bashoboye kwose kugira ngo babe abemera kwiyorosha. None izo mvo ni izihe? Kandi ushobora gute kuba uwemera kwiyorosha mu mubano wanyu w’abubatse?
Ikiganiro c’ukwiga ca 3 URUPAPURO 12-16
Ni kubera iki dushobora kwizigira tudakeka ko Yehova yumva igihe tumutakambira kandi ko avyitwararika? Iki kiganiro kirishura ico kibazo kikongera kikerekana ingene dushobora kuronka inkomezi zidufasha kwihanganira ibigeragezo.
Ikiganiro c’ukwiga ca 4, 5 URUPAPURO 21-29
Ivyo biganiro bibiri biradufasha gutsimbataza ukubona abandi mu buryo bubereye no kwirinda impengamiro benshi bafise yo gucira abandi urubanza. Vyongeye, turabona itandukaniro riri hagati y’umuntu w’inkerebutsi vy’ukuri be n’uwutari we.
IYI NOMERO IRIMWO KANDI:
Gukwiragiza inkuru nziza hejuru mu misozi yitwa Andes
URUPAPURO 16
URUPAPURO 19
Ijambo rya Yehova ni rizima—Ibikurubikuru vyo mu gitabu ca Luka
URUPAPURO 30