Inyoni zo mu mazi: Ifoto dukesha John R. Peiniger
Ku wa gatanu
“Urukundo rurihangana”—1 Abakorinto 13:4
Mu Gitondo
2:20 Ividewo y’umuziki
2:30 Ururirimbo No. 66 n’isengesho
2:40 IJAMBO RY’UMUHAGARIKIZI: Kubera iki dukwiye ‘kwihangana’? (Yakobo 5:7, 8; Abakolosayi 1:9-11; 3:12)
3:10 INSIGURO Y’IBICE BINE: “Ikintu cose kirafise umwanya waco”
• Nuzirikane ku kuntu Yehova abona ibijanye n’umwanya (Umusiguzi 3:1-8, 11)
• Gukomeza ubugenzi birafata igihe (Imigani 17:17)
• Gukura mu vy’impwemu birafata igihe (Mariko 4:26-29)
• Gushikira imigambi yo mu vy’impwemu birafata igihe (Umusiguzi 11:4, 6)
4:05 Ururirimbo No. 143 n’amatangazo
4:15 IGIKINO GISHINGIYE KU BUSOMYI BWA BIBILIYA: Dawidi yararindiriye ko Yehova agira ico akoze (1 Samweli 24:2-15; 25:1-35; 26:2-12; Zaburi 37:1-7)
4:45 Nuhe agaciro ingene Imana igwije ukwihangana (Abaroma 2:4, 6, 7; 2 Petero 3:8, 9; Ivyahishuwe 11:18)
5:15 Ururirimbo No. 147 n’akaruhuko
Ku Muhingamo
6:35 Ividewo y’umuziki
6:45 Ururirimbo No. 17
6:50 Niwigane ukwihangana kwa Yezu (Abaheburayo 12:2, 3)
7:10 INSIGURO Y’IBICE BITANDATU: Niwigane abatorana ya mihango biciye ku kwihangana
• Aburahamu na Sara (Abaheburayo 6:12)
• Yozefu (Itanguriro 39:7-9)
• Yobu (Yakobo 5:11)
• Morudekayi na Esiteri (Esiteri 4:11-16)
• Zakariya na Elizabeti (Luka 1:6, 7)
• Pawulo (Ivyakozwe 14:21, 22)
8:10 Ururirimbo No. 11 n’amatangazo
8:20 INSIGURO Y’IBICE BITANU: Ivyaremwe biratwigisha ingene Yehova akora ibintu ku mwanya ubereye
• Ibiterwa (Matayo 24:32, 33)
• Ibiremwa vyo mu mazi (2 Abakorinto 6:2)
• Inyoni (Yeremiya 8:7)
• Udukoko dutoduto (Imigani 6:6-8; 1 Abakorinto 9:26)
• Ibiremwa vyo kw’isi (Umusiguzi 4:6; Abafilipi 1:9, 10)
9:20 ‘Ntimuzi umusi canke isaha’ (Matayo 24:36; 25:13, 46)
9:55 Ururirimbo No. 27 n’isengesho ryo gusozera