ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • CO-pgm18 rup. 2-3
  • Ku wa gatanu

Nta videwo ihari.

Uradutunga, ividewo yanse kuvuga.

  • Ku wa gatanu
  • Programa y’ihwaniro ryo mu 2018
  • Ivyo bijanye
  • Ku wa mungu
    Programa y’ihwaniro ryo mu 2024
  • Ku wa gatandatu
    Programa y’ihwaniro ryo mu 2018
  • Ku wa gatanu
    Programa y’ihwaniro ryo mu 2019
  • Ku wa gatanu
    Programa y’ihwaniro ryo mu 2024
Ibindi
Programa y’ihwaniro ryo mu 2018
CO-pgm18 rup. 2-3
Yosuwa asoma itegeko; Dawidi atera ibuye Goliyati

Ku wa gatanu

“Ugire umutima rugabo kandi ukomere cane”​—YOSUWA 1:7

MU GITONDO

  • 2:20 Ividewo y’umuziki

  • 2:30 Ururirimbo No. 110 n’isengesho

  • 2:40 IJAMBO RY’UMUHAGARIKIZI: Yehova ni we Sôko ry’umutima rugabo (Zaburi 28:7; 31:24; 112:7, 8; 2 Timoteyo 1:7)

  • 3:10 INSIGURO Y’IBICE BITATU: Abakirisu b’ukuri barakeneye umutima rugabo

    • Kugira bamamaze (Ivyahishuwe 14:6)

    • Kugira bagume ari beranda (1 Abakorinto 16:13, 14)

    • Kugira bagume ata ho bahengamiye muri ino si (Ivyahishuwe 13:16, 17)

  • 4:05 Ururirimbo No. 126 n’amatangazo

  • 4:15 IGIKINO CO KWUMVIRIZA: “Gira umutima rugabo kandi ukomere, ukore” (1 Ngoma 28:1-20; 1 Samweli 16:1-23; 17:1-51)

  • 4:45 “Ikirwanisho ico ari co cose kizocurirwa kukurwanya ntikizororanirwa” (Yesaya 54:17; Zaburi 118:5-7)

  • 5:15 Ururirimbo No. 61 n’akaruhuko

Shaduraki, Meshaki, na Abedinego bava mu muriro badora; intumwa Paulo abwira Timoteyo ivyo yandika mw’ikete bari mu nzu yari apfungiwemwo

KU MUHINGAMO

  • 6:25 Ividewo y’umuziki

  • 6:35 Ururirimbo No. 69

  • 6:40 INSIGURO Y’IBICE BITANDATU: Nukore ivyotuma utsimbataza umutima rugabo

    • Aho kwihebura, nugire icizigiro (Zaburi 27:13, 14)

    • Aho kwidodomba, nutsimbataze agatima ko gukenguruka (Zaburi 27:1-3)

    • Aho kwiruhura mu buryo butabereye, niwamamaze (Zaburi 27:4)

    • Aho kwifatanya n’abagenzi babi, niwifatanye n’abagenzi beza (Zaburi 27:5; Imigani 13:20)

    • Aho kwisunga ubukerebutsi bw’isi, niwiyigishe Bibiliya (Zaburi 27:11)

    • Aho gukekeranya, nugire ukwizera (Zaburi 27:7-10)

  • 8:10 Ururirimbo No. 55 n’amatangazo

  • 8:20 INSIGURO Y’IBICE BITATU: Ivyo bahevye n’impera baronse

    • Hananiya, Mishaheli, na Azariya (Daniyeli 1:11-13; 3:27-29)

    • Akwila na Pirisila (Abaroma 16:3, 4)

    • Sitefano (Ivyakozwe 6:11, 12)

  • 8:55 “Nimugire umutima rugabo! Jewe naratsinze isi” (Yohani 16:33; 1 Petero 2:21, 22)

  • 9:15 Abasoda ba Kristu bafise umutima rugabo (2 Abakorinto 10:4, 5; Abanyefeso 6:12-18; 2 Timoteyo 2:3, 4)

  • 9:50 Ururirimbo No. 22 n’isengesho ryo gusozera

    Ibitabu vy’ikirundi (1983-2026)
    Sohoka
    Injira
    • Ikirundi
    • Rungika
    • Uko vyoza bimeze
    • Copyright © 2026 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
    • Amasezerano agenga ikoreshwa
    • Ibijanye no kugumya ibanga
    • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
    • JW.ORG
    • Injira
    Rungika