Ku wa gatanu
“Ntiduhebe . . . gukora ivyiza”—ABAGALATIYA 6:9
MU GITONDO
2:20 Ividewo y’umuziki
2:30 Ururirimbo No. 77 n’isengesho
2:40 IJAMBO RY’UMUHAGARIKIZI: Ubu kuruta ikindi gihe cose, turakeneye ukwihangana (Ivyahishuwe 12:12)
3:15 INSIGURO Y’IBICE BINE: Nubandanye kwamamaza ‘udatezura’
Akaryo kizanye (Ivyakozwe 5:42; Umusiguzi 11:6)
Ku nzu n’inzu (Ivyakozwe 20:20)
Ku mugaragaro (Ivyakozwe 17:17)
Guhindura abantu abigishwa (Abaroma 1:14-16; 1 Abakorinto 3:6)
4:05 Ururirimbo No. 76 n’amatangazo
4:15 IGIKINO CO KWUMVIRIZA: Yehova ararokora abasavyi biwe (Kuvayo 3:1-22; 4:1-9; 5:1-9; 6:1-8; 7:1-7; 14:5-10, 13-31; 15:1-21)
4:45 Yehova ni we Karorero Ruheta mu kwihangana (Abaroma 9:22, 23; 15:13; Yakobo 1:2-4)
5:15 Ururirimbo No. 115 n’akaruhuko
KU MUHINGAMO
6:25 Ividewo y’umuziki
6:35 Ururirimbo No. 128
6:40 INSIGURO Y’IBICE INDWI: Ntudendebukirwe igihe uhanganye . . .
N’akarenganyo (Matayo 5:38, 39)
N’ubusaza (Yesaya 46:4; Yuda 20, 21)
N’udusembwa twawe (Abaroma 7:21-25)
N’ibigucisha bugufi (Abagalatiya 2:11-14; Abaheburayo 12:5, 6, 10, 11)
N’indwara y’igihe kirekire (Zaburi 41:3)
N’ukubura uwawe (Zaburi 34:18)
N’uruhamo (Ivyahishuwe 1:9)
7:55 Ururirimbo No. 136 n’amatangazo
8:05 IGIKINO: Mwibuke muka Loti—Igice ca 1 (Luka 17:28-33)
8:35 INSIGURO Y’IBICE BINE: Nutsimbataze kamere zituma wihangana
Ukwizera (Abaheburayo 11:1)
Ingeso nziza (Abafilipi 4:8, 9)
Ubumenyi (Imigani 2:10, 11)
Ukwigumya (Abagalatiya 5:22, 23)
9:15 Dushobora gute kuguma duhagaze ntitwigere tugwa? (2 Petero 1:5-10; Yesaya 40:31; 2 Abakorinto 4:7-9, 16)
9:50 Ururirimbo No. 3 n’isengesho ryo gusozera