ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • g 1/11 rup. 23
  • Abagize umuryango bavyihweze bari hamwe

Nta videwo ihari.

Uradutunga, ividewo yanse kuvuga.

  • Abagize umuryango bavyihweze bari hamwe
  • Be maso!—2011
  • Udutwe
  • Ni amakosa ayahe ari muri iyi shusho?
  • UZI IKI KU VYEREKEYE INTUMWA NATANAYELI?
  • IBIRI MURI IYI NOMERO
  • INYISHU
Be maso!—2011
g 1/11 rup. 23

Abagize umuryango bavyihweze bari hamwe

Ni amakosa ayahe ari muri iyi shusho?

Soma Itanguriro 4:1-8. Ubu na ho niwihweze iyo shusho. Ni ibintu ibihe bitari vyo? Niwandike inyishu zawe ku mirongo iri aha hepfo.

1. ․․․․․

2. ․․․․․

3. ․․․․․

IVYO KUGANIRAKO:

Kayini yavyakiriye gute igihe Yehova Imana yaraba ryiza mwene wabo Abeli? Nimba abavyeyi bawe basa n’abatonesha umwe mu bo muvukana, ukwiye kwirinda iki kandi kubera iki?

UZI IKI KU VYEREKEYE INTUMWA NATANAYELI?

4. Natanayeli ashobora kandi kuba yari azwi ko yitwa nde?

ICOBAFASHA GUTORA INYISHU: Nimusome Luka 6:14; Yohani 1:44-46.

․․․․․

5. Ni igiki Yezu yashimye kuri Natanayeli?

ICOBAFASHA GUTORA INYISHU: Nimusome Yohani 1:47.

․․․․․

IVYO KUGANIRAKO:

Ushobora gute kwigana Natanayeli? Uvyungukirako gute iyo ubigize?

ICOBAFASHA GUTORA INYISHU: Nimusome Zaburi 24:3-5; 34:13-16.

IBIRI MURI IYI NOMERO

Nimwishure ibi bibazo, mwongere mutange umurongo canke imirongo yo muri Bibiliya ibuze.

URUPAPURO RWA 5 Umutima w’umuntu ufise impengamiro imeze gute? Itanguriro 8:________

URUPAPURO RWA 6 Dukwiye gushaka canke kwipfuza kwigenza gute? Abaheburayo 13:________

URUPAPURO RWA 10 Ni igiki kizoshikira umwansi wa nyuma? 1 Abakorinto 15:________

URUPAPURO RWA 24 Ni igiki dukwiye kuba dufise imbere yacu? 1 Abakorinto 9:________

URUPAPURO RWA 26 Bizogenda gute niwarindira ko umuyaga be n’ikirere bimera neza? Umusiguzi 11:________

INYISHU

1. Abahungu babiri ni bo gusa bashikanye amashikanwa.

2. Kayini yashikanye ivyamwa vy’ubutaka.

3. Abeli yashikanye intama, ntiyashikanye inka.

4. Barutelemi.

5. Ntiyarimwo ubuhendanyi.

    Ibitabu vy’ikirundi (1983-2026)
    Sohoka
    Injira
    • Ikirundi
    • Rungika
    • Uko vyoza bimeze
    • Copyright © 2026 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
    • Amasezerano agenga ikoreshwa
    • Ibijanye no kugumya ibanga
    • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
    • JW.ORG
    • Injira
    Rungika