ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • nwt rup. 1468-1469
  • Habakuki: ibirimwo

Nta videwo ihari.

Uradutunga, ividewo yanse kuvuga.

  • Habakuki: ibirimwo
  • Bibiliya y’isi nshasha (nwt)
  • Ivyo bijanye
  • Ababisha Bazogumaho Kugeza Ryari?
    Umunara w’Inderetsi Utangaza Ubwami bwa Yehova—2000
  • Yehova Ntazoteba
    Umunara w’Inderetsi Utangaza Ubwami bwa Yehova—2000
  • Nitunezererwe ya Mana Iduha Ubukiriro
    Umunara w’Inderetsi Utangaza Ubwami bwa Yehova—2000
  • Niwizigire Yehova maze ubeho!
    Umunara w’Inderetsi utangaza Ubwami bwa Yehova (Integuro y’ukwiga)—2018
Ibindi
Bibiliya y’isi nshasha (nwt)
Habakuki: ibirimwo

HABAKUKI

IBIRIMWO MURI MAKE

  • 1

    • Habakuki atabaza (1-4)

      • «Ewe Yehova, nzogeza ryari?» (2)

      • «Kubera iki wirengagiza agacinyizo?» (3)

    • Abakaludaya bazoshitsa urubanza rw’Imana (5-11)

    • Habakuki atakambira Yehova (12-17)

      • «Mana yanje, wewe ntupfa» (12)

      • «Uratyoroye rwose ku buryo utokwitegereza ikibi» (13)

  • 2

    • «Nzoguma nderetse kugira ngo ndabe ico azovuga» (1)

    • Uko Yehova yishuye Habakuki (2-​20)

      • «Ugume urindiriye ivyo weretswe» (3)

      • Umugororotsi azobeshwaho n’uko ari umwizigirwa (4)

      • Ivyago bitanu bizoshikira Abakaludaya (6-20)

        • Isi izokwuzura ubumenyi bwerekeye Yehova (14)

  • 3

    • Habakuki asaba Yehova ngo ahaseruke (1-19)

      • Imana izokiza abantu bayo yarobanuye (13)

      • Nzokwigina Yehova no mu bihe bigoye (17, 18)

    Ibitabu vy’ikirundi (1983-2026)
    Sohoka
    Injira
    • Ikirundi
    • Rungika
    • Uko vyoza bimeze
    • Copyright © 2026 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
    • Amasezerano agenga ikoreshwa
    • Ibijanye no kugumya ibanga
    • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
    • JW.ORG
    • Injira
    Rungika