ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • mwb23 Munyonyo rup. 7
  • «Mubumbwe n’ibintu mufise ubu»

Nta videwo ihari.

Uradutunga, ividewo yanse kuvuga.

  • «Mubumbwe n’ibintu mufise ubu»
  • Ubuzima bwacu n’igikorwa cacu—Agatabu k’ikoraniro—2023
  • Ivyo bijanye
  • Mureke kwiganyira
    Ubuzima bwacu n’igikorwa cacu—Agatabu k’ikoraniro—2018
  • Amahera yoba ari umuzi w’ibibi vyose?
    Inyishu z’ibibazo bishingiye kuri Bibiliya
  • Ivyo Bibiliya ivuga ku bijanye n’akazi be n’amahera
    Urashobora kwiberaho ibihe bidahera—Ivyigwa bishingiye kuri Bibiliya
  • Woba ‘warize akabanga’ ko kubumbwa n’ivyo ufise?
    Umunara w’Inderetsi utangaza Ubwami bwa Yehova (Integuro y’ukwiga)—2025
Ibindi
Ubuzima bwacu n’igikorwa cacu—Agatabu k’ikoraniro—2023
mwb23 Munyonyo rup. 7

UBUZIMA BW’UMUKIRISU

«Mubumbwe n’ibintu mufise ubu»

Igihe dukenye, twoshobora kugeragezwa ngo dukore ibintu vyoshobora kwonona ubucuti dufitaniye na Yehova. Nk’akarorero, turashobora kuronka akaryo ko kuronka amahera menshi ariko bikaba vyotuma ivy’impwemu bihabonera. Kuzirikana ku Baheburayo 13:5 bizodufasha cane.

«Mu buzima bwanyu ntimurangwe no gukunda amahera»

  • Nusuzume ubijanishije n’isengesho ukuntu ubona amahera, kandi wiyumvire akarorero uriko uraha abana bawe.​—g 9/15 6.

«Ahubwo mubumbwe n’ibintu mufise ubu»

  • Nugire ivyo uryohoye mu kuntu ubona ivyo ukeneye vy’ukuri.​—w16.07 7 ing. 1-2.

«Sinzokwigera ndaguta, kandi sinzokwigera ndaguheba»

  • Niwizigire ko Yehova azogufasha kuronka ivya nkenerwa mu buzima hamwe wobandanya gushira ivyungura Ubwami imbere y’ibindi.​—w14 15/4 21 ing. 17.

Udufoto: Amafoto yakuwe mw’ividewo «Ingene abavukanyi bagumana amahoro igihe bafise ingorane z’ubutunzi.» 1. Miguel ariko acumba igikandu ari hanze iruhande y’ifuru. 2. Ariko aragorora impuzu. 3. Ariko yiraba mu cirore maze akamwenyura, agira aje gukora mu mangazini ikomeye.

NIMURABE IVIDEWO IVUGA NGO INGENE ABAVUKANYI BAGUMANA AMAHORO IGIHE BAFISE INGORANE Z’UBUTUNZI, MUCE MWISHURA IKI KIBAZO:

Wigiye iki ku vyashikiye Miguel Novoa?

    Ibitabu vy’ikirundi (1983-2026)
    Sohoka
    Injira
    • Ikirundi
    • Rungika
    • Uko vyoza bimeze
    • Copyright © 2026 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
    • Amasezerano agenga ikoreshwa
    • Ibijanye no kugumya ibanga
    • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
    • JW.ORG
    • Injira
    Rungika