ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • mwb23 Munyonyo rup. 6
  • Ubugororotsi ntibubonekera ku butunzi

Nta videwo ihari.

Uradutunga, ividewo yanse kuvuga.

  • Ubugororotsi ntibubonekera ku butunzi
  • Ubuzima bwacu n’igikorwa cacu—Agatabu k’ikoraniro—2023
  • Ivyo bijanye
  • Gusengera abandi birahimbara Yehova
    Ubuzima bwacu n’igikorwa cacu—Agatabu k’ikoraniro—2016
  • Yobu yarashize hejuru izina rya Yehova
    Umunara w’Inderetsi Utangaza Ubwami bwa Yehova—2009
  • Yobu: ibirimwo
    Bibiliya y’isi nshasha (nwt)
Ubuzima bwacu n’igikorwa cacu—Agatabu k’ikoraniro—2023
mwb23 Munyonyo rup. 6

UBUTUNZI BWO MW’IJAMBO RY’IMANA

Ubugororotsi ntibubonekera ku butunzi

Zofari yemeje ko Imana yaka ubutunzi ababisha mu kwerekana ko Yobu ategerezwa kuba yaracumuye (Yb 20:5, 10, 15)

Yobu yishuye ati: “Kubera iki none ababisha babaho neza?” (Yb 21:7-9)

Akarorero ka Yezu karerekana ko umugororotsi ashobora kubaho atagira ubutunzi (Lk 9:58)

Umuvukanyi ariko asomera Bibiliya umuryango umwe bicaye imbere y’inzu yabo iciye bugufi. Serugo arakurikira muri Bibiliya yiwe, inarugo n’umwana wabo na bo bariko barumviriza bitonze.

IVYO KUZIRIKANAKO: Ni ibiki umugororotsi ashira imbere y’ibindi yaba ari umutunzi canke umukene?​—Lk 12:21; w07 1/8 29 ing. 12.

    Ibitabu vy’ikirundi (1983-2026)
    Sohoka
    Injira
    • Ikirundi
    • Rungika
    • Uko vyoza bimeze
    • Copyright © 2026 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
    • Amasezerano agenga ikoreshwa
    • Ibijanye no kugumya ibanga
    • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
    • JW.ORG
    • Injira
    Rungika