ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • mwb22 Nzero rup. 14
  • Umwami wawe ni nde?

Nta videwo ihari.

Uradutunga, ividewo yanse kuvuga.

  • Umwami wawe ni nde?
  • Ubuzima bwacu n’igikorwa cacu—Agatabu k’ikoraniro—2022
  • Ivyo bijanye
  • Ukugamburuka kuruta ikimazi
    Ubuzima bwacu n’igikorwa cacu—Agatabu k’ikoraniro—2022
  • Ubuhinga Dawidi yakoresha mu ntambara
    Ubuzima bwacu n’igikorwa cacu—Agatabu k’ikoraniro—2022
  • Ukwita imbere gushikana ku guteterwa
    Ubuzima bwacu n’igikorwa cacu—Agatabu k’ikoraniro—2022
  • Niwikomeze biciye kuri Yehova Imana yawe
    Ubuzima bwacu n’igikorwa cacu—Agatabu k’ikoraniro—2022
Ibindi
Ubuzima bwacu n’igikorwa cacu—Agatabu k’ikoraniro—2022
mwb22 Nzero rup. 14
Umuhanuzi Samweli adugije ukuboko hejuru igihe ariko avugana n’Abisirayeli bamwebamwe.

UBUTUNZI BWO MW’IJAMBO RY’IMANA

Umwami wawe ni nde?

Abisirayeli baritaye imbere mu kwisabira umwami w’umuntu (1Sm 8:4, 5; it-2 827 ing. 1)

Ntibahimbawe no kuba Yehova ari we yari Umwami wabo ataboneka (1Sm 8:7, 8; w11 1/1 27 ing. 2)

Yehova yarababwiye ingaruka zovuye kuri ico kintu basavye (1Sm 8:9, 18; w10 15/1 30 ing. 9)

Yehova yamye afise uburenganzira bwo gutegeka ivyo yaremye vyose. Ategeka mu buryo bwiza kandi akagirira neza abo atwara. Nitwagamburuka ubutegetsi bwiwe tukongera tukabushigikira bizotuma twironkera imihezagiro y’ibihe bidahera.

NIWIBAZE UTI: ‘Mu buzima bwanje ndiko nerekana gute ko ngamburuka uburyo Yehova ategeka?’

    Ibitabu vy’ikirundi (1983-2026)
    Sohoka
    Injira
    • Ikirundi
    • Rungika
    • Uko vyoza bimeze
    • Copyright © 2026 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
    • Amasezerano agenga ikoreshwa
    • Ibijanye no kugumya ibanga
    • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
    • JW.ORG
    • Injira
    Rungika