28 Ruhuhuma–6 Ntwarante
1 SAMWELI 9-11
Ururirimbo rwa 121 n’isengesho
Intangamarara (Umun. 1)
UBUTUNZI BWO MW’IJAMBO RY’IMANA
“Mu ntango Sauli yaricisha bugufi kandi akifata ruto”: (Imin. 10)
Ducukure ubutunzi bwo muri Bibiliya: (Imin. 10)
1Sm 9:9—Ayo majambo ashobora kuba yasobanura iki? (w05 15/3 22 ing. 8)
Mu gisomwa ca Bibiliya c’ino ndwi, ni ibiki wize ku vyerekeye Yehova, ubusuku bwo mu ndimiro canke ikindi kintu?
Igisomwa ca Bibiliya: (Imin. 4) 1Sm 9:1-10 (th icigwa ca 5)
NIWIJUKIRE IGIKORWA CO MU NDIMIRO
“Nukore ivyotuma wongereza umunezero mu busuku—Nufashe abatohoji ba Bibiliya kwirinda abagenzi babi”: (Imin. 10) Guhana ijambo. Nimurabe ividewo ivuga ngo Nufashe abo wigisha Bibiliya kwirinda abagenzi babi.
Insiguro: (Imin. 5) w15 15/4 6-7 ing. 16-20—Umutwe: Ibintu vyogufasha kumenyereza abandi neza. (th icigwa ca 19)
UBUZIMA BW’UMUKIRISU
Raporo y’umwaka w’umurimo: (Imin. 15) Insiguro itangwa n’umukurambere. Mumaze gusoma ikete rivuye ku biro vy’ishami rijanye na raporo y’umwaka w’umurimo, nubaze ibibazo abamamaji wacaguye imbere y’igihe bafise ibintu biremesha biboneye mu ndimiro mu mwaka uheze.
Inyigisho ya Bibiliya y’ishengero: (Imin. 30) ypq ikibazo ca 1
Amajambo yo gusozera (Imin. 3)
Ururirimbo rwa 123 n’isengesho