ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • mwb21 Munyonyo rup. 13
  • Yefuta yashira imbere Yehova

Nta videwo ihari.

Uradutunga, ividewo yanse kuvuga.

  • Yefuta yashira imbere Yehova
  • Ubuzima bwacu n’igikorwa cacu—Agatabu k’ikoraniro—2021
  • Ivyo bijanye
  • Barashikije indagano igoye cane
    Gendana n’Imana n’umutima rugabo
  • Yaranezereje se wiwe hamwe na Yehova
    Niwigishe abana bawe
  • Kuba abizigirwa bituma dushimwa n’Imana
    Umunara w’Inderetsi Utangaza Ubwami bwa Yehova (Integuro y’ukwiga)—2016
  • Yefuta ashitsa indagano yagiriye Yehova
    Umunara w’Inderetsi Utangaza Ubwami bwa Yehova—2007
Ibindi
Ubuzima bwacu n’igikorwa cacu—Agatabu k’ikoraniro—2021
mwb21 Munyonyo rup. 13

UBUTUNZI BWO MW’IJAMBO RY’IMANA

Yefuta yashira imbere Yehova

Yefuta ntiyagumije umutima ku ngorane yari yaragiraniye n’abandi (Abc 11:5-9; w16.04 7 ing. 9)

Yefuta yari azi ivyo Yehova yari yarakoranye n’abasavyi biwe (Abc 11:12-15; it-2 1202 ing. 6)

Yefuta yagumije umutima ku kintu gihambaye kuruta ibindi c’uko Yehova ari we Mana y’ukuri (Abc 11:23, 24, 27; it-2 1202 ing. 7)

Udufoto: 1. Umuvukanyi ariko asoma Bibiliya. 2. Wa muvukanyi ariko aganira n’umukenyezi wiwe n’urukundo rwinshi. 3. Wa muvukanyi n’umukenyezi wiwe baguma bicaye babigiranye icubahiro igihe abandi bahagaze kugira baririmbire ibendera.

Ni mu buryo buboneka ubuhe ndiko nderekana ko nshira imbere Yehova?

    Ibitabu vy’ikirundi (1983-2026)
    Sohoka
    Injira
    • Ikirundi
    • Rungika
    • Uko vyoza bimeze
    • Copyright © 2026 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
    • Amasezerano agenga ikoreshwa
    • Ibijanye no kugumya ibanga
    • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
    • JW.ORG
    • Injira
    Rungika