ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • mwb21 Munyonyo rup. 13
  • 20-26 Kigarama

Nta videwo ihari.

Uradutunga, ividewo yanse kuvuga.

  • 20-26 Kigarama
  • Ubuzima bwacu n’igikorwa cacu—Agatabu k’ikoraniro—2021
Ubuzima bwacu n’igikorwa cacu—Agatabu k’ikoraniro—2021
mwb21 Munyonyo rup. 13

20-26 Kigarama

ABACAMANZA 10-12

  • Ururirimbo rwa 127 n’isengesho

  • Intangamarara (Umun. 1)

UBUTUNZI BWO MW’IJAMBO RY’IMANA

  • “Yefuta yashira imbere Yehova”: (Imin. 10)

  • Ducukure ubutunzi bwo muri Bibiliya: (Imin. 10)

    • Abc 11:1​—Twemezwa n’iki ko Yefuta atari umwana w’ikivyarwa? (it-2 1201)

    • Mu gisomwa ca Bibiliya c’ino ndwi, ni ibiki wize ku vyerekeye Yehova, ubusuku bwo mu ndimiro canke ikindi kintu?

  • Igisomwa ca Bibiliya: (Imin. 4) Abc 10:1-18 (th icigwa ca 5)

NIWIJUKIRE IGIKORWA CO MU NDIMIRO

  • Mugihura: (Imin. 3) Nukoreshe ka gapapuro k’inkuru nziza kavuga ngo Ubona gute Bibiliya? mu gutanguza ikiyago. (th icigwa ca 1)

  • Usubiyeyo: (Imin. 4) Hera ku gace kajanye na usubiyeyo. Nuce umuha agatabu Urashobora kwiberaho ibihe bidahera. (th icigwa ca 4)

  • Inyigisho: (Imin. 5) lffi icigwa ca 02, iciyumviro ca 5 (th icigwa ca 3)

UBUZIMA BW’UMUKIRISU

  • Ururirimbo rwa 138

  • Nabayeho nariyeguriye Yehova kuva mu buto: (Imin. 15) Guhana ijambo. Nimurabe iyo videwo. Nimuce mubaza ibibazo bikurikira: Iyo videwo yakwigishije iki ku vyerekeye akamaro ko kumenyerezwa? akamaro ko kwiyegurira Yehova ukiri muto? akamaro ko kwemera gukoreshwa n’ishirahamwe rya Yehova?

  • Inyigisho ya Bibiliya y’ishengero: (Imin. 30) lvs ikig. 17 ing. 20-22, mwihweze n’Ingingo ngenderwako zo muri Bibiliya rup. 235-237

  • Amajambo yo gusozera (Imin. 3)

  • Ururirimbo rwa 55 n’isengesho

    Ibitabu vy’ikirundi (1983-2026)
    Sohoka
    Injira
    • Ikirundi
    • Rungika
    • Uko vyoza bimeze
    • Copyright © 2026 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
    • Amasezerano agenga ikoreshwa
    • Ibijanye no kugumya ibanga
    • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
    • JW.ORG
    • Injira
    Rungika