ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • mwb21 Munyonyo rup. 14
  • 27 Kigarama 2021–2 Nzero 2022

Nta videwo ihari.

Uradutunga, ividewo yanse kuvuga.

  • 27 Kigarama 2021–2 Nzero 2022
  • Ubuzima bwacu n’igikorwa cacu—Agatabu k’ikoraniro—2021
Ubuzima bwacu n’igikorwa cacu—Agatabu k’ikoraniro—2021
mwb21 Munyonyo rup. 14

27 Kigarama–2 Nzero

ABACAMANZA 13-14

  • Ururirimbo rwa 134 n’isengesho

  • Intangamarara (Umun. 1)

UBUTUNZI BWO MW’IJAMBO RY’IMANA

  • “Ico abavyeyi bokwigira kuri Manowa n’umugore wiwe”: (Imin. 10)

  • Ducukure ubutunzi bwo muri Bibiliya: (Imin. 10)

    • Abc 14:2, 3​— Ni mu buryo ki uwo Mufilisitiyakazi ‘ari we yari abereye’ kuri Samusoni? (w05 15/3 26 ing. 1)

    • Mu gisomwa ca Bibiliya c’ino ndwi, ni ibiki wize ku vyerekeye Yehova, ubusuku bwo mu ndimiro canke ikindi kintu?

  • Igisomwa ca Bibiliya: (Imin. 4) Abc 14:5-20 (th icigwa ca 5)

NIWIJUKIRE IGIKORWA CO MU NDIMIRO

  • “Nukore ivyotuma wongereza umunezero mu busuku​—Niwigishe abatohoji ba Bibiliya kwigaburira mu vy’impwemu”: (Imin. 10) Guhana ijambo. Nimurabe ividewo ivuga ngo Nufashe abo wigisha Bibiliya kwigaburira mu vy’impwemu.

  • Inyigisho: (Imin. 5) lffi icigwa ca 02: Incamake, Wize iki? na Umugambi wokwishingira (th icigwa ca 17)

UBUZIMA BW’UMUKIRISU

  • Ururirimbo rwa 110

  • Ibikenewe iwanyu: (Imin. 15)

  • Inyigisho ya Bibiliya y’ishengero: (Imin. 30) hf igihimba ca 1

  • Amajambo yo gusozera (Imin. 3)

  • Ururirimbo rwa 148 n’isengesho

    Ibitabu vy’ikirundi (1983-2026)
    Sohoka
    Injira
    • Ikirundi
    • Rungika
    • Uko vyoza bimeze
    • Copyright © 2026 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
    • Amasezerano agenga ikoreshwa
    • Ibijanye no kugumya ibanga
    • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
    • JW.ORG
    • Injira
    Rungika