ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • mwb21 Munyonyo rup. 11
  • Igikorwa kigoye cane caranguwe n’impwemu nyeranda

Nta videwo ihari.

Uradutunga, ividewo yanse kuvuga.

  • Igikorwa kigoye cane caranguwe n’impwemu nyeranda
  • Ubuzima bwacu n’igikorwa cacu—Agatabu k’ikoraniro—2021
  • Ivyo bijanye
  • “Intahemuka mu bigeragezo”
    Umunara w’Inderetsi Utangaza Ubwami bwa Yehova—2005
  • Ingene wovyifatamwo neza umurimo wawe uhindutse
    Umunara w’Inderetsi utangaza Ubwami bwa Yehova (Integuro y’ukwiga)—2019
  • Nugende wisunga impwemu ubone kubaho uhuza n’ukwiyegura kwawe
    Umunara w’Inderetsi Utangaza Ubwami bwa Yehova—2010
  • Kuyoborwa n’impwemu y’Imana mu kinjana ca mbere no muri iki gihe
    Umunara w’Inderetsi Utangaza Ubwami bwa Yehova—2011
Ubuzima bwacu n’igikorwa cacu—Agatabu k’ikoraniro—2021
mwb21 Munyonyo rup. 11

UBUZIMA BW’UMUKIRISU

Igikorwa kigoye cane caranguwe n’impwemu nyeranda

Icapa gitangaza ividewo “Ishirahamwe rya Yehova riri ku kivi.”

Kuva kera abasavyi ba Yehova barakoze ibintu bitangaje, atari kubera ububasha bwabo ariko kubera bafashijwe na Yehova. Mu 1954, ishirahamwe rya Yehova ryarasohoye isinema ivuga ngo Ishirahamwe rya Yehova riri ku kivi (mu congereza). Yateguwe ahanini n’Abanyabeteli ata buhanga bari bafise mu bijanye no gutunganya amasinema. Ico gikorwa cari kigoye ukuraho nticari kurangurwa bidaciye ku mpwemu nyeranda ya Yehova. Ivyo bituma twizigira tudakeka ko dushobora kurangura igikorwa cose twohabwa igihe twihetse kuri Yehova.​—Zk 4:6.

NIMURABE IVIDEWO IVUGA NGO INGENE ISINEMA “ISHIRAHAMWE RYA YEHOVA RIRI KU KIVI” YATEGUWE, MUCE MWISHURA IBIBAZO BIKURIKIRA:

  • Kubera iki hafashwe ingingo yo gutegura isinema yerekeye icicaro gikuru?

  • Iyo sinema yerekanye gute ko Beteli imeze nk’umubiri w’umuntu?​—1Kr 12:14-20

  • Abavukanyi bahuye n’ingorane izihe igihe bariko barategura iyo sinema, kandi bazitsinze gute?

  • Ico kintu cabaye kitwigisha iki ku bijanye n’impwemu nyeranda ya Yehova?

    Ibitabu vy’ikirundi (1983-2026)
    Sohoka
    Injira
    • Ikirundi
    • Rungika
    • Uko vyoza bimeze
    • Copyright © 2026 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
    • Amasezerano agenga ikoreshwa
    • Ibijanye no kugumya ibanga
    • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
    • JW.ORG
    • Injira
    Rungika