UBUTUNZI BWO MW’IJAMBO RY’IMANA
“Jana izo nkomezi ufise”
Yehova yashinze Gideyoni igikorwa kigoye cane (Abc 6:2-6, 14)
Gideyoni yabona ko ata co yari ashoboye kandi ko atabereye (Abc 6:15; w02 1/3 6-7)
Gideyoni yararoraniwe kubera ko Yehova yamuhaye inkomezi (Abc 7:19-22; w05 15/7 16 ing. 3)
Yehova yiteze ko dukoresha inkomezi zacu mu kumukorera. Impwemu nyeranda yiwe irashobora kudufasha aho tugoyagoya, igatuma turoranirwa.—Yes 40:30, 31.