ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • mwb20 Mukakaro rup. 8
  • Niwicishe bugufi igihe abandi bagushemagije

Nta videwo ihari.

Uradutunga, ividewo yanse kuvuga.

  • Niwicishe bugufi igihe abandi bagushemagije
  • Ubuzima bwacu n’igikorwa cacu—Agatabu k’ikoraniro—2020
  • Ivyo bijanye
  • Ntuhemuke igihe ugeragejwe
    Ubuzima bwacu n’igikorwa cacu—Agatabu k’ikoraniro—2017
  • Shemeze Yehova Imana yacu!
    Turirimbire Yehova
  • Gukeza umwana
    Be maso!—2015
  • Shemeza Yehova Imana yacu!
    Turirimbire Yehova tunezerewe
Ibindi
Ubuzima bwacu n’igikorwa cacu—Agatabu k’ikoraniro—2020
mwb20 Mukakaro rup. 8

UBUZIMA BW’UMUKIRISU

Niwicishe bugufi igihe abandi bagushemagije

Hari igihe abandi bashobora kudukeza canke bakadushemagiza. Ivyo birashobora kuturemesha igihe babivuze ata buryarya kandi babitumwe n’imvo nziza. (Img 15:23; 31:10, 28) Turakwiye kuba maso kugira ngo ivyo ntibitume twishima canke twiyumva ko turuta abandi.

NIMURABE IVIDEWO IVUGA NGO NUBE INTAHEMUKA NKA YEZU​— IGIHE USHEMAGIJWE, MUCE MWISHURA IBI BIBAZO:

  • Ni ibintu ibihe bishobora gutuma dushemagizwa?

  • Ni gute abavukanyi bashemagije Serge?

  • Ni gute barengeje urugero mu kumushemagiza?

  • Ni ivyigwa ibihe wigira ku kuntu Serge yabishuye yicishije bugufi?

Agace k’ividewo ivuga ngo ‘Nube intahemuka nka yezu​— Igihe ushemagijwe,’ kerekana Serge ariko arishura yicishije bugufi abavukanyi barengeje urugero mu kumushemagiza ata mvo mbi babigiranye mu mutororokano mu nzu y’umuvukanyi.
    Ibitabu vy’ikirundi (1983-2026)
    Sohoka
    Injira
    • Ikirundi
    • Rungika
    • Uko vyoza bimeze
    • Copyright © 2026 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
    • Amasezerano agenga ikoreshwa
    • Ibijanye no kugumya ibanga
    • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
    • JW.ORG
    • Injira
    Rungika