ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • mwb20 Mukakaro rup. 4
  • 20-26 Mukakaro

Nta videwo ihari.

Uradutunga, ividewo yanse kuvuga.

  • 20-26 Mukakaro
  • Ubuzima bwacu n’igikorwa cacu—Agatabu k’ikoraniro—2020
Ubuzima bwacu n’igikorwa cacu—Agatabu k’ikoraniro—2020
mwb20 Mukakaro rup. 4

20-26 Mukakaro

Kuvayo 10-11

  • Ururirimbo rwa 65 n’isengesho

  • Amajambo y’intangamarara (Umun. 1)

UBUTUNZI BWO MW’IJAMBO RY’IMANA

  • “Musa na Aroni baragaragaje umutima rugabo udasanzwe”: (Imin. 10)

    • Kv 10:3-6​—Musa na Aroni baramenyesheje Farawo babigiranye ubutinyutsi icago c’umunani (w09 15/7 20 ing. 6)

    • Kv 10:24-26​—Musa na Aroni ntibemeye gutwarwa n’akosho ka Farawo kari gutuma bahemuka

    • Kv 10:28; 11:4-8​—Musa na Aroni baratangaje icago c’icumi n’ubutinyutsi (it-2 309 ing. 6)

  • Ducukure ubutunzi bwo muri Bibiliya: (Imin. 10)

    • Kv 10:1, 2​—Ni icigwa ikihe abavyeyi bigira kuri iyi mirongo? (w95 1/9 11 ing. 11)

    • Kv 11:7​—Yehova yashatse kuvuga iki igihe yavuga ko “ata n’umwe muri bene Isirayeli imbwa izozungagiriza ururimi yarakaye”? (it-1 849 ing. 6)

    • Mu gisomwa ca Bibiliya c’ino ndwi, ni ibiki wize ku vyerekeye Yehova, ubusuku bwo mu ndimiro canke ikindi kintu?

  • Igisomwa ca Bibiliya: (Imin. 4 canke idashika) Kv 10:1-15 (th icigwa ca 10)

NIWIJUKIRE IGIKORWA CO MU NDIMIRO

  • Ividewo ya usubiyeyo: (Imin. 5) Guhana ijambo. Erekana iyo videwo, uce ubaza uti: Ni igiki wigiye ku kuntu uwo mwamamaji yafashije kuzirikana uwo abwira inkuru nziza? Ni gute uwo mwamamaji yaciriye inzira kimwe mu bitabu bidufasha kwigisha?

  • Usubiyeyo: (Imin. 4 canke idashika) Hera ku gace kajanye na usubiyeyo, uce umutumira kw’ikoraniro. (th icigwa ca 8)

  • Usubiyeyo: (Imin. 4 canke idashika) Hera ku gace kajanye na usubiyeyo, uce ushikiriza kimwe mu bitabu bidufasha kwigisha. (th icigwa ca 12)

UBUZIMA BW’UMUKIRISU

  • Ururirimbo rwa 55

  • “Ivyaremwe bitwigisha iki ku bijanye n’umutima rugabo?”: (Imin. 15) Guhana ijambo. Erekana ividewo ivuga ngo Ivyaremwe biratwigisha kugira umutima rugabo.

  • Inyigisho ya Bibiliya y’ishengero: (Imin. 30) jy ikig. 124

  • Amajambo yo gusozera (Imin. 3 canke idashika)

  • Ururirimbo rwa 113 n’isengesho

    Ibitabu vy’ikirundi (1983-2026)
    Sohoka
    Injira
    • Ikirundi
    • Rungika
    • Uko vyoza bimeze
    • Copyright © 2026 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
    • Amasezerano agenga ikoreshwa
    • Ibijanye no kugumya ibanga
    • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
    • JW.ORG
    • Injira
    Rungika