UBUZIMA BW’UMUKIRISU
Ntuhemuke igihe ugeragejwe
Raba videwo ivuga ngo Nube intahemuka nka Yezu—Igihe uri mu bigeragezo, uce wishura ibi bibazo:
Serge yageragejwe gute?
Ni igiki cafashije Serge kudahemuka?
Kuba atahemutse vyaninahaje gute Yehova?
Nta videwo ihari.
Uradutunga, ividewo yanse kuvuga.