ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • mwb20 Ruheshi rup. 3
  • Inzara turabaza

Nta videwo ihari.

Uradutunga, ividewo yanse kuvuga.

  • Inzara turabaza
  • Ubuzima bwacu n’igikorwa cacu—Agatabu k’ikoraniro—2020
  • Ivyo bijanye
  • Televiziyo yacu ‘iraturemesha cane!’
    Igitabu c’umwaka c’Ivyabona vya Yehova 2017
  • “Turakunda televiziyo yacu ga yemwe!”
    Igitabu c’umwaka c’Ivyabona vya Yehova 2016
  • Ingene twokoresha ivyafashwe amajwi
    Igikorwa dukorera Ubwami—2015
  • Nukoreshe jw.org mu busuku—“Nube umugenzi wa Yehova”
    Igikorwa dukorera Ubwami—2015
Ibindi
Ubuzima bwacu n’igikorwa cacu—Agatabu k’ikoraniro—2020
mwb20 Ruheshi rup. 3

UBUTUNZI BWO MW’IJAMBO RY’IMANA | ITANGURIRO 46-47

Inzara turabaza

47:13, 16, 19, 20, 23-25

Yozefu ni umutegetsi ajejwe gutanga ibifungurwa mu Misiri. Abantu bamuzaniye imipfuko y’intete.

Muri iki gihe, inzara yo mu vy’impwemu irarembeje abantu benshi. (Am 8:11) Ariko Yehova abicishije kuri Kristu Yezu, araturonsa ibifungurwa umukimba vyo mu vy’impwemu.

  • Ibitabu bishingiye kuri Bibiliya

  • Amakoraniro y’ishengero

  • Amateraniro n’amahwaniro

  • Ivyafashwe amajwi

  • Amavidewo

  • JW.ORG

  • Televiziyo ya JW

Ni ibiki mpeba kugira name nungukira ku mfungurwa zose Yehova aturonsa?

Umuvukanyi ariko arayobora inyigisho y’‘Umunara’ w’inderetsi. Abavukanyi na bashiki bacu baradugije amaboko kugira batange inyishu.
    Ibitabu vy’ikirundi (1983-2026)
    Sohoka
    Injira
    • Ikirundi
    • Rungika
    • Uko vyoza bimeze
    • Copyright © 2026 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
    • Amasezerano agenga ikoreshwa
    • Ibijanye no kugumya ibanga
    • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
    • JW.ORG
    • Injira
    Rungika