ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • mwb20 Ruheshi rup. 4
  • 15-21 Ruheshi

Nta videwo ihari.

Uradutunga, ividewo yanse kuvuga.

  • 15-21 Ruheshi
  • Ubuzima bwacu n’igikorwa cacu—Agatabu k’ikoraniro—2020
Ubuzima bwacu n’igikorwa cacu—Agatabu k’ikoraniro—2020
mwb20 Ruheshi rup. 4

15-21 Ruheshi

ITANGURIRO 48-50

  • Ururirimbo rwa 30 n’isengesho

  • Amajambo y’intangamarara (Umun. 1)

UBUTUNZI BWO MW’IJAMBO RY’IMANA

  • “Abageze mu zabukuru barafise vyinshi twobigirako”: (Imin. 10)

    • It 48:21, 22​—Yakobo yarizigira ko abasavyi b’Imana bazokwigarurira igihugu ca Kanani (it-1 1228 ing. 8)

    • It 49:1​—Ubuhanuzi Yakobo yavuze ari ku mpfiro bwarerekanye ko afise ukwizera gukomeye (it-1 623 ing. 1)

    • It 50:24, 25​—Yozefu yaraseruye ukwizera afise yuko ivyo Yehova yasezeranye vyose bizoranguka (w07 1/6 28 ing. 10)

  • Ducukure ubutunzi bwo muri Bibiliya: (Imin. 10)

    • It 49:19​—Ubuhanuzi Yakobo yavuze ku bijanye na Gadi bwarangutse gute? (w04 1/6 15 ing. 4-5)

    • It 49:27​—Ubuhanuzi Yakobo yavuze ku bijanye na Benyamini bwarangutse gute? (it-1 299 ing. 7)

    • Mu gisomwa ca Bibiliya c’ino ndwi, ni ibiki wize ku vyerekeye Yehova, ubusuku bwo mu ndimiro canke ikindi kintu?

  • Igisomwa ca Bibiliya: (Imin. 4 canke idashika) It 49:8-26 (th icigwa ca 5)

NIWIJUKIRE IGIKORWA CO MU NDIMIRO

  • Ividewo ya usubiyeyo: (Imin. 5) Guhana ijambo. Erekana iyo videwo, uce ubaza uti: Abo bamamaji basenyeye gute ku mugozi umwe? Twokwigana gute ukujijuka kwabo igihe twamamaza?

  • Usubiyeyo: (Imin. 3 canke idashika) Hera ku gace kajanye na usubiyeyo. Nutsinde ivyohagarika ikiyago bikunda kuvugwa aho iwanyu. (th icigwa ca 6)

  • Usubiyeyo: (Imin. 5 canke idashika) Hera ku gace kajanye na usubiyeyo. Nuce umuha igitabu Bibiliya itwigisha iki?, uce utanguza inyigisho mu kigabane ca 9. (th icigwa ca 16)

UBUZIMA BW’UMUKIRISU

  • Ururirimbo rwa 138

  • “Ni ibiki twokwigira ku bakirisu b’inararibonye?”: (Imin. 15) Guhana ijambo. Erekana ividewo ivuga ngo Bagumye bunze ubumwe igihe igikorwa cari kibujijwe.

  • Inyigisho ya Bibiliya y’ishengero: (Imin. 30) jy ikig. 119

  • Amajambo yo gusozera (Imin. 3 canke idashika)

  • Ururirimbo rwa 25 n’isengesho

    Ibitabu vy’ikirundi (1983-2026)
    Sohoka
    Injira
    • Ikirundi
    • Rungika
    • Uko vyoza bimeze
    • Copyright © 2026 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
    • Amasezerano agenga ikoreshwa
    • Ibijanye no kugumya ibanga
    • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
    • JW.ORG
    • Injira
    Rungika