ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • mwb16 Mukakaro rup. 8
  • Intonde zogufasha kuba umutsimvyi

Nta videwo ihari.

Uradutunga, ividewo yanse kuvuga.

  • Intonde zogufasha kuba umutsimvyi
  • Ubuzima bwacu n’igikorwa cacu—Agatabu k’ikoraniro—2016
  • Ivyo bijanye
  • Ubu Woba Wugururiwe Urugi rwo Gukora Ubutsimvyi?
    Igikorwa dukorera Ubwami—1999
  • Ikiringo c’Icibutso ni igihe c’ibikorwa vyiyongereye
    Igikorwa dukorera Ubwami—2005
  • Iki ni co gihe co kwamamaza!
    Igikorwa dukorera Ubwami—2005
  • Woba ushobora kwinjira mu “rugi runini ruja mu bikorwa”?
    Igikorwa dukorera Ubwami—2007
Ibindi
Ubuzima bwacu n’igikorwa cacu—Agatabu k’ikoraniro—2016
mwb16 Mukakaro rup. 8

UBUZIMA BW’UMUKIRISU

Intonde zogufasha kuba umutsimvyi

Abatsimvyi babiri bariko barabwira umugabo umwe inkuru nziza

Kuba umutsimvyi asanzwe bisaba urutonde rwiza. Ugiye uramara amasaha 18 mu ndimiro buri ndwi, woshobora kubukora kandi ukaronka n’umwanya wo kuruhuka. Urwo rutonde ruragufasha n’igihe hokwaduka ibintu utiteze, nk’indwara canke ikirere kitameze neza. Mu ntonde ziri aha hepfo hariho urwofasha abafise akazi k’imisi mikeyi mu ndwi, abakora imisi yose canke abafise amagara make. Mugize ivyo muhinduye, hari aho umwe mu rugo iwanyu yotangura ubutsimvyi muri Nyakanga. Mubona gute mubiyaze mu nyigisho y’umuryango y’ubutaha?

NKORA IMISI MIKEYI

Ku wa mbere

AKAZI

Ku wa kabiri

AKAZI

Ku wa gatatu

AKAZI

Ku wa kane

Amasaha 6

Ku wa gatanu

Amasaha 6

Ku wa gatandatu

Amasaha 4

Ku wa mungu

Amasaha 2

NKORA IMISI YOSE

Ku wa mbere

Amasaha 2

Ku wa kabiri

Amasaha 2

Ku wa gatatu

IKORANIRO RY’UBUZIMA

Ku wa kane

Amasaha 2

Ku wa gatanu

Amasaha 2

Ku wa gatandatu

Amasaha 6

Ku wa mungu

Amasaha 4

MFISE AMAGARA MAKE

Ku wa mbere

KURUHUKA

Ku wa kabiri

Amasaha 3

Ku wa gatatu

Amasaha 3

Ku wa kane

Amasaha 3

Ku wa gatanu

Amasaha 3

Ku wa gatandatu

Amasaha 3

Ku wa mungu

Amasaha 3

    Ibitabu vy’ikirundi (1983-2026)
    Sohoka
    Injira
    • Ikirundi
    • Rungika
    • Uko vyoza bimeze
    • Copyright © 2026 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
    • Amasezerano agenga ikoreshwa
    • Ibijanye no kugumya ibanga
    • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
    • JW.ORG
    • Injira
    Rungika