ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • mwb16 Mukakaro rup. 6
  • 18-24 Mukakaro

Nta videwo ihari.

Uradutunga, ividewo yanse kuvuga.

  • 18-24 Mukakaro
  • Ubuzima bwacu n’igikorwa cacu—Agatabu k’ikoraniro—2016
Ubuzima bwacu n’igikorwa cacu—Agatabu k’ikoraniro—2016
mwb16 Mukakaro rup. 6

18-24 Mukakaro

ZABURI 74-78

  • Ururirimbo rwa 110 n’isengesho

  • Intangamarara (Imin. 3 canke idashika)

UBUTUNZI BWO MW’IJAMBO RY’IMANA

  • “Niwibuke ibikorwa vya Yehova”: (Imin. 10)

    • Zb 74:16; 77:6, 11, 12​—Zirikana ku bikorwa vya Yehova (w15 15/8 10 ing. 3-4; w04 1/3 19-21; w03 1/7 10 ing. 6-7)

    • Zb 75:4-7​—Mu bikorwa vya Yehova harimwo kugena abagabo bicisha bugufi ngo bitwararike abasavyi biwe (w06 15/7 11 ing. 3; it-1 1158 ing. 8)

    • Zb 78:11-17​—Niwibuke ingene Yehova yarokoye abasavyi biwe (w04 1/4 21-22)

  • Ducukure ubutunzi bwo muri Bibiliya: (Imin. 8)

    • Zb 78:2​—Uyu murongo werekeza gute kuri Mesiya? (w11 15/8 11 ing. 14)

    • Zb 78:40, 41​—Nk’uko iyi mirongo ivyerekana, ibikorwa vyacu bishobora gutuma Yehova amererwa gute? (w12 1/11 14 ing. 5; w11 1/7 10)

    • Igisomwa ca Bibiliya c’ino ndwi kinyigisha iki ku vyerekeye Yehova?

    • Ni ivyiyumviro ibihe vyo mu gisomwa ca Bibiliya c’ino ndwi nokoresha mu ndimiro?

  • Igisomwa ca Bibiliya: (Imin. 4 canke idashika) Zb 78:1-21

NIWIJUKIRE IGIKORWA CO MU NDIMIRO

  • Mugihura: (Imin. 2 canke idashika) wp16.4 16​—Cishamwo ibijanye n’intererano.

  • Usubiyeyo: (Imin. 4 canke idashika) wp16.4 16

  • Inyigisho: (Imin. 6 canke idashika) fg icigwa 5 ing. 6-7

UBUZIMA BW’UMUKIRISU

  • Ururirimbo rwa 15

  • Ibikenewe iwanyu: (Imin. 10)

  • ‘Yehova ni we yaremye vyose’: (Imin. 5) Guhana ijambo. Banza werekane akavidewo ko kuri jw.org kitwa ngo ‘Yehova ni we yaremye vyose’. (Raba ahavuga ngo INYIGISHO ZO MURI BIBILIYA > ABANA.) Nuce usaba abana wateguye imbere y’igihe baze ku mukiruruko, ubabaze utubazo tujanye n’ako kavidewo.

  • Inyigisho ya Bibiliya y’ishengero: (Imin. 30) ia ikig. 20 ing. 1-13

  • Isubiramwo ry’ivyo mwize, n’incamake y’ivyo mu ndwi iza (Imin. 3)

  • Ururirimbo rwa 73 n’isengesho

    Ibitabu vy’ikirundi (1983-2026)
    Sohoka
    Injira
    • Ikirundi
    • Rungika
    • Uko vyoza bimeze
    • Copyright © 2026 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
    • Amasezerano agenga ikoreshwa
    • Ibijanye no kugumya ibanga
    • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
    • JW.ORG
    • Injira
    Rungika