NAHUMU IBIRIMWO MURI MAKE 1 Imana yihora abansi bayo (1-7) Imana isaba gusengwa yonyene gusa (2) Yehova aritwararika abamuhungirako (7) Ninewe izohonywa (8-14) Yehova ntazokwirirwa arateza ivyago ubugira kabiri (9) Ubuyuda butangarizwa inkuru nziza (15) 2 Ninewe izotikira (1-13) «Amarembo y’inzuzi azokwugururwa» (6) 3 «Kiragowe ca gisagara gisesa amaraso!» (1-19) Igituma Ninewe haciriwe urubanza (1-7) Ninewe izotemba nka No-Amoni (8-12) Ninewe izotemba ata kabuza (13-19)