ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • ijwbq ikiganiro 2
  • Bibiliya yoba irimwo ivyiyumviro vy’Imana?

Nta videwo ihari.

Uradutunga, ividewo yanse kuvuga.

  • Bibiliya yoba irimwo ivyiyumviro vy’Imana?
  • Inyishu z’ibibazo bishingiye kuri Bibiliya
  • Udutwe
  • Ivyo bijanye
  • Inyishu Bibiliya itanga
  • Igitabu c’Ivyahishuwe gisobanura iki?
    Inyishu z’ibibazo bishingiye kuri Bibiliya
  • Ivyahishuwe birakuraba
    Ivyahishuwe: Insozero yavyo ininahaye iregereje!
  • Abisirayeli basaba ko boronswa umwami
    Bibiliya—Irimwo ubutumwa ubuhe?
  • Samweli ateza imbere ugusenga kw’ukuri
    Umunara w’Inderetsi Utangaza Ubwami bwa Yehova—2007
Ibindi
Inyishu z’ibibazo bishingiye kuri Bibiliya
ijwbq ikiganiro 2
Uwuriko yandika mu muzingo

Bibiliya yoba irimwo ivyiyumviro vy’Imana?

Inyishu Bibiliya itanga

Benshi mu banditse Bibiliya bavuga ko bandika bayobowe n’Imana. Ehe uturorero:

  • Umwami Dawidi avuga ati: “Impwemu ya Yehova ni yo yavuze biciye kuri jewe, kandi ijambo ryiwe ryari ku rurimi rwanje.”—2 Samweli 23:1, 2.

  • Umuhanuzi Yesaya avuga ati: “Ibi ni vyo Umukama Segaba, Yehova nyen’ingabo, avuze.”—Yesaya 22:15.

  • Intumwa Yohani ivuga iti: “Ivyahishuwe na Yezu Kristu, ivyo Imana yamuhaye.”—Ivyahishuwe 1:1.

    Ibitabu vy’ikirundi (1983-2026)
    Sohoka
    Injira
    • Ikirundi
    • Rungika
    • Uko vyoza bimeze
    • Copyright © 2026 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
    • Amasezerano agenga ikoreshwa
    • Ibijanye no kugumya ibanga
    • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
    • JW.ORG
    • Injira
    Rungika