ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • ijwbq ikiganiro 1
  • Bibiliya yoba ari igitabu c’ubukerebutsi bw’abantu?

Nta videwo ihari.

Uradutunga, ividewo yanse kuvuga.

  • Bibiliya yoba ari igitabu c’ubukerebutsi bw’abantu?
  • Inyishu z’ibibazo bishingiye kuri Bibiliya
  • Udutwe
  • Ivyo bijanye
  • Inyishu Bibiliya itanga
  • “Bari barongowe n’impwemu nyeranda”
    Umunara w’Inderetsi Utangaza Ubwami bwa Yehova—2012
  • Bibiliya ni igitabu kiva ku Mana
    Bibiliya itwigisha iki?
  • Igitabu Gihishura Ubumenyi Bwerekeye Imana
    Ubumenyi Bujana mu Buzima Budahera
  • Bibiliya Iva ku Mana Koko?
    Urashobora Kubaho Ibihe Bidashira mw Iparadizo ngaha kw Isi
Ibindi
Inyishu z’ibibazo bishingiye kuri Bibiliya
ijwbq ikiganiro 1
Umwe mu banditse Bibiliya

Bibiliya yoba ari igitabu c’ubukerebutsi bw’abantu?

Inyishu Bibiliya itanga

Bibiliya, iyitwa kandi Ivyanditswe Vyeranda, irimwo amajambo menshi y’ubukerebutsi. Raba ivyo ivuga ku biyerekeye: “Icanditswe cose cahumetswe n’Imana.” (2 Timoteyo 3:16) Hari ibimenyamenya vyinshi vyemeza ico kintu. Ehe bimwebimwe:

  • Nta n’umwe arigera ashobora kwerekana ko Bibiliya itavuga ukuri ku bijanye na kahise.

  • Abanditse Bibiliya bari abagabo b’inziraburyarya bavuga ibintu uko biri koko. Ivyo birerekana ko ivyo banditse ari ukuri.

  • Bibiliya yose uko yakabaye ihuriza ku ciyumviro kimwe nyamukuru: bizokwemezwa ko Imana ari yo ifise uburenganzira bwo kuganza abantu kandi umugambi wayo uzoranguka biciye ku Bwami bwayo bwo mw’ijuru.

  • Naho haciye imyaka ibihumbi Bibiliya yanditswe, ntirimwo ivyiyumviro bitari vyo vya siyansi vyari vyemewe na benshi mu bihe vya kera.

  • Amakuru ya kahise aremeza ko ubuhanuzi bwo muri Bibiliya, ni ukuvuga ivyo Bibiliya yari yaravuze, bwarangutse.

    Ibitabu vy’ikirundi (1983-2026)
    Sohoka
    Injira
    • Ikirundi
    • Rungika
    • Uko vyoza bimeze
    • Copyright © 2026 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
    • Amasezerano agenga ikoreshwa
    • Ibijanye no kugumya ibanga
    • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
    • JW.ORG
    • Injira
    Rungika