ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • mwb22 Rusama rup. 8
  • Yehova agiranira isezerano na Dawidi

Nta videwo ihari.

Uradutunga, ividewo yanse kuvuga.

  • Yehova agiranira isezerano na Dawidi
  • Ubuzima bwacu n’igikorwa cacu—Agatabu k’ikoraniro—2022
  • Ivyo bijanye
  • Niwiheke kuri Yehova kugira agufashe
    Ubuzima bwacu n’igikorwa cacu—Agatabu k’ikoraniro—2022
  • ‘Iyi mihezagiro yose izoguhamvya’
    Ubuzima bwacu n’igikorwa cacu—Agatabu k’ikoraniro—2021
  • Ingene Yobu yagumye atanduye
    Ubuzima bwacu n’igikorwa cacu—Agatabu k’ikoraniro—2023
  • Nuhindukire woye kuraba ibitagira ikimazi
    Ubuzima bwacu n’igikorwa cacu—Agatabu k’ikoraniro—2021
Ibindi
Ubuzima bwacu n’igikorwa cacu—Agatabu k’ikoraniro—2022
mwb22 Rusama rup. 8
Umwami Dawidi ariko arabira mw’idirisha ryo ku kirimba.

Dawidi ariko arazirikana kw’isezerano Yehova yagiraniye na we

UBUTUNZI BWO MW’IJAMBO RY’IMANA

Yehova agiranira isezerano na Dawidi

Yehova yasezeranye ko yohaye ubwami inzu ya Dawidi (2Sm 7:11, 12; w10 1/4 20 ing. 3; raba ishusho iri ku gipfukisho)

Bimwebimwe mu biri mw’isezerano Yehova yagiraniye na Dawidi vyarangukiye kuri Mesiya (2Sm 7:13, 14; Heb 1:5; w10 1/4 20 ing. 4)

Ivyo Mesiya azokora bizokwamaho (2Sm 7:15, 16; Heb 1:8; w14 15/10 10 ing. 14)

Yezu ariko yitegereza kw’isi ari ku ntebe yiwe y’ubwami mw’ijuru.

Izuba n’ukwezi ni ivyibutsa bibereye vy’uko ubutegetsi bwa Mesiya buzokwamaho. (Zb 89:35-37) Igihe cose ubibonye, nuzirikane imihezagiro Yehova yasezeranye ko wewe n’umuryango wawe muzokwironkera biciye ku Bwami bwiwe.

    Ibitabu vy’ikirundi (1983-2026)
    Sohoka
    Injira
    • Ikirundi
    • Rungika
    • Uko vyoza bimeze
    • Copyright © 2026 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
    • Amasezerano agenga ikoreshwa
    • Ibijanye no kugumya ibanga
    • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
    • JW.ORG
    • Injira
    Rungika