ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • mwb22 Rusama rup. 8
  • 30 Rusama–5 Ruheshi

Nta videwo ihari.

Uradutunga, ividewo yanse kuvuga.

  • 30 Rusama–5 Ruheshi
  • Ubuzima bwacu n’igikorwa cacu—Agatabu k’ikoraniro—2022
Ubuzima bwacu n’igikorwa cacu—Agatabu k’ikoraniro—2022
mwb22 Rusama rup. 8

30 Rusama–5 Ruheshi

2 SAMWELI 7-8

  • Ururirimbo rwa 22 n’isengesho

  • Intangamarara (Umun. 1)

UBUTUNZI BWO MW’IJAMBO RY’IMANA

  • “Yehova agiranira isezerano na Dawidi”: (Imin. 10)

  • Ducukure ubutunzi bwo muri Bibiliya: (Imin. 10)

    • 2Sm 8:2​—Kuba Dawidi yaratsinze Abanyamowabu vyashikije gute ubwo buhanuzi? (it-1 623 ing. 2)

    • Mu gisomwa ca Bibiliya c’ino ndwi, ni ibiki wize ku vyerekeye Yehova, ubusuku bwo mu ndimiro canke ikindi kintu?

  • Igisomwa ca Bibiliya: (Imin. 4) 2Sm 7:1-17 (th icigwa ca 5)

NIWIJUKIRE IGIKORWA CO MU NDIMIRO

  • Mugihura: (Imin. 3) Koresha agace kajanye na mugihura ariko ubihuze n’ikintu giheruka kuba. Nuce umuha ikinyamakuru cishura ikibazo yabajije. (th icigwa ca 13)

  • Usubiyeyo: (Imin. 4) Hera ku gace kajanye na usubiyeyo ariko ubihuze n’ikintu giheruka kuba. Numubwire ko twigisha Bibiliya ku buntu, uce umuha agakarata ka jw.org. (th icigwa ca 18)

  • Inyigisho: (Imin. 5) lff icigwa ca 04: Incamake, Wize iki? na Umugambi wokwishingira (th icigwa ca 8)

UBUZIMA BW’UMUKIRISU

  • Ururirimbo rwa 91

  • Ibikenewe iwanyu: (Imin. 10)

  • “Mu ndimiro nukoreshe ibintu biheruka kuba”: (Imin. 5) Guhana ijambo.

  • Inyigisho ya Bibiliya y’ishengero: (Imin. 30) lff icigwa ca 06

  • Amajambo yo gusozera (Imin. 3)

  • Ururirimbo rushasha rwo mw’ihwaniro ryo mu 2022 n’isengesho

    Ibitabu vy’ikirundi (1983-2026)
    Sohoka
    Injira
    • Ikirundi
    • Rungika
    • Uko vyoza bimeze
    • Copyright © 2026 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
    • Amasezerano agenga ikoreshwa
    • Ibijanye no kugumya ibanga
    • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
    • JW.ORG
    • Injira
    Rungika