UBUTUNZI BWO MW’IJAMBO RY’IMANA | ITANGURIRO 46-47
Inzara turabaza
Muri iki gihe, inzara yo mu vy’impwemu irarembeje abantu benshi. (Am 8:11) Ariko Yehova abicishije kuri Kristu Yezu, araturonsa ibifungurwa umukimba vyo mu vy’impwemu.
Ibitabu bishingiye kuri Bibiliya
Amakoraniro y’ishengero
Amateraniro n’amahwaniro
Ivyafashwe amajwi
Amavidewo
JW.ORG
Televiziyo ya JW
Ni ibiki mpeba kugira name nungukira ku mfungurwa zose Yehova aturonsa?