ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • mwb20 Ruhuhuma rup. 2
  • Isezerano rikwerekeye

Nta videwo ihari.

Uradutunga, ividewo yanse kuvuga.

  • Isezerano rikwerekeye
  • Ubuzima bwacu n’igikorwa cacu—Agatabu k’ikoraniro—2020
  • Ivyo bijanye
  • Yehova Ni Imana y’Amasezerano
    Umunara w’Inderetsi Utangaza Ubwami bwa Yehova—1998
  • Imigisha Ihambaye Kuruta Biciye kw Isezerano Risha
    Umunara w’Inderetsi Utangaza Ubwami bwa Yehova—1998
  • Muzoba “ubwami bw’abaherezi”
    Umunara w’Inderetsi Utangaza Ubwami bwa Yehova—2014
  • Niwizere Ubwami utanyiganyiga
    Umunara w’Inderetsi Utangaza Ubwami bwa Yehova—2014
Ibindi
Ubuzima bwacu n’igikorwa cacu—Agatabu k’ikoraniro—2020
mwb20 Ruhuhuma rup. 2
Aburahamu ariko yitegereza ijuru ryuzuye inyenyeri.

UBUTUNZI BWO MW’IJAMBO RY’IMANA | ITANGURIRO 12-14

Isezerano rikwerekeye

12:1-3; 13:14-17

  • Yehova yagiraniye isezerano na Aburahamu, iryabaye umushinge wemewe w’Ubwami bwo mw’ijuru

  • Biragaragara ko iryo sezerano ryatanguye gukora mu 1943 imbere ya Kristu, igihe Aburahamu yajabuka Uruzi Efurate agiye i Kanani

  • Iryo sezerano riguma rikora gushika Ubwami bwa Mesiya bukuyeho abansi b’Imana maze bukazana imihezagiro ku miryango yose yo kw’isi

Yehova yarahezagiye Aburahamu kubera ukwizera kwiwe gukomeye. Nitwagaragaza ko twizera ivyo Yehova yasezeranye, ni imihezagiro iyihe tuzoronka bivuye kw’isezerano Imana yagiraniye na Aburahamu?

Aburahamu n’abo mu rugo rwiwe barenganye igisagara kimwe c’i Kanani mu rugendo rwabo.
    Ibitabu vy’ikirundi (1983-2026)
    Sohoka
    Injira
    • Ikirundi
    • Rungika
    • Uko vyoza bimeze
    • Copyright © 2026 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
    • Amasezerano agenga ikoreshwa
    • Ibijanye no kugumya ibanga
    • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
    • JW.ORG
    • Injira
    Rungika