ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • mwb20 Ruhuhuma rup. 2
  • 3-9 Ruhuhuma

Nta videwo ihari.

Uradutunga, ividewo yanse kuvuga.

  • 3-9 Ruhuhuma
  • Ubuzima bwacu n’igikorwa cacu—Agatabu k’ikoraniro—2020
Ubuzima bwacu n’igikorwa cacu—Agatabu k’ikoraniro—2020
mwb20 Ruhuhuma rup. 2

3-9 RUHUHUMA

ITANGURIRO 12-14

  • Ururirimbo rwa 14 n’isengesho

  • Amajambo y’intangamarara (Umun. 1)

UBUTUNZI BWO MW’IJAMBO RY’IMANA

  • “Isezerano rikwerekeye”: (Imin. 10)

    • It 12:1, 2​—Yehova yasezeranye ko azohezagira Aburamu (Aburahamu) (it-1 78 ing. 6)

    • It 12:3​—“Imiryango yose yo ku butaka izokwihesha koko umuhezagiro biciye kuri [Aburahamu]” (w89 1/7 3 ing. 4)

    • It 13:14-17​—Yehova yareretse Aburahamu igihugu uruvyaro rwiwe rwokwigabiye (it-2 152 ing. 6)

  • Ducukure ubutunzi bwo muri Bibiliya: (Imin. 10)

    • It 13:8, 9​—Twokwigana gute Aburahamu mu gutorera umuti amatati? (w16.05 5 ing. 12)

    • It 14:18-20​—Ni mu buryo ki Lewi yatanze ‘ivy’icumi biciye kuri Aburahamu’? (Heb 7:4-10; it-2 654 ing. 7)

    • Mu gisomwa ca Bibiliya c’ino ndwi, ni ibiki wize ku vyerekeye Yehova, ubusuku bwo mu ndimiro canke ikindi kintu?

  • Igisomwa ca Bibiliya: (Imin. 4 canke idashika) It 12:1-20 (th icigwa ca 10)

NIWIJUKIRE IGIKORWA CO MU NDIMIRO

  • Niwijukire gusoma no kwigisha: (Imin. 10) Guhana ijambo. Nimurabe ividewo ivuga ngo Gushira ahabona ivyiyumviro nyamukuru, muce muganira ku cigwa ca 14 c’agatabu Kwigisha.

  • Insiguro: (Imin. 5 canke idashika) w12 1/1 8​—Umutwe: Ni ibiki vyatumye Sara aba umukenyezi w’agaciro? (th icigwa ca 14)

UBUZIMA BW’UMUKIRISU

  • Ururirimbo rwa 144

  • “Ni ibiki wigira kuri za ndirimbo zisanzwe?”: (Imin. 10) Guhana ijambo. Erekana ividewo y’ururirimbo ruvuga ngo Isi nshasha iri hafi.

  • Ibikenewe iwanyu: (Imin. 5)

  • Inyigisho ya Bibiliya y’ishengero: (Imin. 30) jy ikig. 102

  • Amajambo yo gusozera (Imin. 3 canke idashika)

  • Ururirimbo rwa 15 n’isengesho

    Ibitabu vy’ikirundi (1983-2026)
    Sohoka
    Injira
    • Ikirundi
    • Rungika
    • Uko vyoza bimeze
    • Copyright © 2026 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
    • Amasezerano agenga ikoreshwa
    • Ibijanye no kugumya ibanga
    • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
    • JW.ORG
    • Injira
    Rungika