UBUTUNZI BWO MW’IJAMBO RY’IMANA | YOHANI 11-12
Niwigane impuhwe za Yezu
Kubera iki impuhwe za Yezu n’ikibabarwe ciwe vyari ibidasanzwe?
Naho Yezu atashikiwe n’ibintu vyose vyashikira abandi bantu, yarishira mu kibanza cabo, akiyumvamwo umubabaro wabo
Ntiyaterwa isoni no kugaragaza uko yiyumva
Yaribwiriza gufasha abari n’ivyo bakeneye