ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • mwb18 Gitugutu rup. 3
  • 8-14 Gitugutu

Nta videwo ihari.

Uradutunga, ividewo yanse kuvuga.

  • 8-14 Gitugutu
  • Ubuzima bwacu n’igikorwa cacu—Agatabu k’ikoraniro—2018
Ubuzima bwacu n’igikorwa cacu—Agatabu k’ikoraniro—2018
mwb18 Gitugutu rup. 3

8-14 Gitugutu

YOHANI 11-12

  • Ururirimbo rwa 16 n’isengesho

  • Intangamarara (Imin. 3 canke idashika)

UBUTUNZI BWO MW’IJAMBO RY’IMANA

  • “Niwigane impuhwe za Yezu”: (Imin. 10)

    • Yoh 11:23-26​—Yezu yarahumurije Marita (nwtsty amakuru adufasha kwiga Yoh 11:24, 25)

    • Yoh 11:33-35​—Yezu yaragize intuntu nyinshi igihe yabona Mariya n’abandi bariko bararira (nwtsty amakuru adufasha kwiga)

    • Yoh 11:43, 44​—Yezu yaragize ico afashije abo bantu

  • Ducukure ubutunzi bwo muri Bibiliya: (Imin. 8)

    • Yoh 11:49​—Ni nde yagenye Kayifa ngo abe umuherezi mukuru, kandi iryo banga yarimazemwo igihe kingana gute? (nwtsty amakuru adufasha kwiga)

    • Yoh 12:42​—Kubera iki hari Abayuda batinye kwemera icese ko Yezu yari we Kristu? (nwtsty amakuru adufasha kwiga)

    • Igisomwa ca Bibiliya c’ino ndwi cakwigishije iki ku vyerekeye Yehova?

    • Hari ubundi butunzi woba warabonye mu gisomwa ca Bibiliya c’ino ndwi?

  • Igisomwa ca Bibiliya: (Imin. 4 canke idashika) Yoh 12:35-50

NIWIJUKIRE IGIKORWA CO MU NDIMIRO

  • Mugihura: (Imin. 2 canke idashika) Koresha agace bijanye k’ingene twotanguza ibiyago.

  • Akavidewo ka usubiyeyo ubwa mbere: (Imin. 5) Nimurabe ako kavidewo mwongere mukaganireko.

  • Insiguro: (Imin. 6 canke idashika) w13 15/9 32​—Umutwe: Kubera iki Yezu yakoroye amosozi imbere y’uko azura Lazaro?

UBUZIMA BW’UMUKIRISU

  • Ururirimbo rwa 141

  • Yezu ni “izuka n’ubuzima” (Yoh 11:25): (Imin. 15) Guhana ijambo. Erekana agace k’ividewo ivuga ngo ‘Nta gukeka ko Imana yamugize Umukama na Kristu’​—Igice ca 2. Nuce ubaza abumviriza ibi bibazo: Iyi nkuru itwigisha iki ku bijanye n’impuhwe za Yezu? Ni mu buryo ki Yezu ari “izuka n’ubuzima”? Ni ibitangaro ibihe Yezu azokora muri kazoza?

  • Inyigisho ya Bibiliya y’ishengero: (Imin. 30) jy ikig. 38

  • Isubiramwo ry’ivyo mwize, n’incamake y’ivyo mu ndwi iza (Imin. 3)

  • Ururirimbo rwa 147 n’isengesho

    Ibitabu vy’ikirundi (1983-2026)
    Sohoka
    Injira
    • Ikirundi
    • Rungika
    • Uko vyoza bimeze
    • Copyright © 2026 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
    • Amasezerano agenga ikoreshwa
    • Ibijanye no kugumya ibanga
    • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
    • JW.ORG
    • Injira
    Rungika