ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • mwb22 Munyonyo rup. 13
  • Nuhimbarwe igihe uri mu ruhamo

Nta videwo ihari.

Uradutunga, ividewo yanse kuvuga.

  • Nuhimbarwe igihe uri mu ruhamo
  • Ubuzima bwacu n’igikorwa cacu—Agatabu k’ikoraniro—2022
  • Ivyo bijanye
  • Urashobora kuguma uri intahemuka mu ruhamo
    Urashobora kwiberaho ibihe bidahera—Ivyigwa bishingiye kuri Bibiliya
  • Naho bahamwa barahimbawe
    Umunara w’Inderetsi Utangaza Ubwami bwa Yehova—2004
  • Twibuke gusabira abavukanyi bacu bari mu ruhamo
    Ubuzima bwacu n’igikorwa cacu—Agatabu k’ikoraniro—2017
  • Abaroma 12:12: “Munezerwe mu cizigiro. Mwihangane mu makuba. Mushishikare gusenga”
    Insobanuro y’imirongo yo muri Bibiliya
Ibindi
Ubuzima bwacu n’igikorwa cacu—Agatabu k’ikoraniro—2022
mwb22 Munyonyo rup. 13
Amafoto yakuwe mw’ividewo ivuga ngo “Turashobora guhimbarwa naho twoba turi mu ruhamo.” Udufoto: Konstantin Bazhenov ari mw’ibohero. 1. Ariko arasoma Bibiliya. 2. Ariko arasenga. 3. Ariko araririmba indirimbo z’Ubwami n’ijwi ryumvikana.

UBUZIMA BW’UMUKIRISU

Nuhimbarwe igihe uri mu ruhamo

Abakirisu bokwitega uruhamo. (Yoh 15:20) Naho uruhamo rutuma umuntu ahagarika umutima ku rugero kanaka, rimwe na rimwe mbere rugatera umubabaro, turahimbarwa igihe turwihanganiye.​—Mt 5:10-12; 1Pt 2:19, 20.

NIMURABE IVIDEWO IVUGA NGO TURASHOBORA GUHIMBARWA NAHO TWOBA TURI MU RUHAMO, MUCE MWISHURA IBIBAZO BIKURIKIRA:

Wigiye iki ku nkuru y’umuvukanyi Bazhenov ku bijanye n’akamaro ko

  • gusoma Bibiliya buri musi?

  • gushigikirwa n’abakirisu bagenzi bacu?a

  • gusenga ubudahengeshanya?

  • kuririmba indirimbo z’Ubwami?

  • kubwira abandi ivyo twemera?

a Turashobora gusengera abavukanyi bapfunzwe, mbere tukabavuga mu mazina. Ariko rero, ntibishoboka ko ibiro vy’ishami bibarungikira amakete twabandikiye.

    Ibitabu vy’ikirundi (1983-2026)
    Sohoka
    Injira
    • Ikirundi
    • Rungika
    • Uko vyoza bimeze
    • Copyright © 2026 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
    • Amasezerano agenga ikoreshwa
    • Ibijanye no kugumya ibanga
    • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
    • JW.ORG
    • Injira
    Rungika