ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • mwb18 Ndamukiza rup. 3
  • Nimugende muhindure abantu abigishwa​—Kubera iki? Tubakura hehe? Tubigira gute?

Nta videwo ihari.

Uradutunga, ividewo yanse kuvuga.

  • Nimugende muhindure abantu abigishwa​—Kubera iki? Tubakura hehe? Tubigira gute?
  • Ubuzima bwacu n’igikorwa cacu—Agatabu k’ikoraniro—2018
  • Ivyo bijanye
  • “Mubigishe kwitondera ivyo nabageze vyose”
    Umunara w’Inderetsi Utangaza Ubwami bwa Yehova—2004
  • Ingene twokwigisha abandi kwubahiriza ivyo Kristu yategetse
    Umunara w’Inderetsi utangaza Ubwami bwa Yehova (Integuro y’ukwiga)—2020
  • Nitwigishe abicisha bugufi kugendera mu nzira ishimwa n’Imana
    Igikorwa dukorera Ubwami—2006
  • “Nimugende muhindure abantu abigishwa”
    “Ingo unkurikire”
Ibindi
Ubuzima bwacu n’igikorwa cacu—Agatabu k’ikoraniro—2018
mwb18 Ndamukiza rup. 3
Yezu ariko ategeka abayoboke biwe guhindura abantu abigishwa

UBUTUNZI BWO MW’IJAMBO RY’IMANA | MATAYO 27-28

Nimugende muhindure abantu abigishwa​—Kubera iki? Tubakura hehe? Tubigira gute?

28:18-20

Kubera iki? Yezu yarahawe na Yehova ububasha ntangere

Hehe? Yezu yategetse abayoboke biwe guhindura “abantu bo mu mahanga yose” abigishwa

Kwigisha abandi gukurikiza ibintu vyose Yezu yategetse ni igikorwa kibandanya

  • Umwamamaji ariko arigisha Bibiliya umugabo umwe

    Twigisha abandi gute ivyo Yezu yategetse?

  • Umwamamaji ariko arafasha uwo yigisha Bibiliya gushira mu ngiro inyigisho za Yezu

    Dufasha gute abo twigisha Bibiliya gushira mu ngiro inyigisho za Yezu?

  • Umwamamaji aherekeje uwo yigisha Bibiliya mu ndimiro

    Dufasha gute abo twigisha Bibiliya kwigana akarorero ka Yezu?

    Ibitabu vy’ikirundi (1983-2026)
    Sohoka
    Injira
    • Ikirundi
    • Rungika
    • Uko vyoza bimeze
    • Copyright © 2026 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
    • Amasezerano agenga ikoreshwa
    • Ibijanye no kugumya ibanga
    • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
    • JW.ORG
    • Injira
    Rungika