ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • mwb18 Ndamukiza rup. 3
  • 9-15 Ndamukiza

Nta videwo ihari.

Uradutunga, ividewo yanse kuvuga.

  • 9-15 Ndamukiza
  • Ubuzima bwacu n’igikorwa cacu—Agatabu k’ikoraniro—2018
Ubuzima bwacu n’igikorwa cacu—Agatabu k’ikoraniro—2018
mwb18 Ndamukiza rup. 3

9-15 Ndamukiza

MATAYO 27-28

  • Ururirimbo rwa 69 n’isengesho

  • Intangamarara (Imin. 3 canke idashika)

UBUTUNZI BWO MW’IJAMBO RY’IMANA

  • “Nimugende muhindure abantu abigishwa​—Kubera iki? Tubakura hehe? Tubigira gute?”: (Imin. 10)

    • Mt 28:18​—Yezu afise ububasha ntangere (w04 1/7 8 ing. 4)

    • Mt 28:19​—Yezu yategetse ko haba isekeza ryo kwamamaza no kwigisha kw’isi yose (“muhindure . . . abigishwa,” “abantu bo mu mahanga yose” amakuru adufasha kwiga Mt 28:19, nwtsty)

    • Mt 28:20​—Dutegerezwa gufasha abantu kwiga no gushira mu ngiro ivyo Yezu yigishije vyose (“mubigisha” amakuru adufasha kwiga Mt 28:20, nwtsty)

  • Ducukure ubutunzi bwo muri Bibiliya (Imin. 8)

    • Mt 27:51​—Kuba iryo rido ryatantamutsemwo kubiri vyasobanura iki? (“Irido,” “aheranda” amakuru adufasha kwiga Mt 27:51, nwtsty)

    • Mt 28:7​—Umumarayika wa Yehova yateye iteka gute abagore bagiye ku mva ya Yezu (“mubwire abigishwa biwe ko yazuwe” amakuru adufasha kwiga Mt 28:7, nwtsty)

    • Igisomwa ca Bibiliya c’ino ndwi cakwigishije iki ku vyerekeye Yehova?

    • Hari ubundi butunzi woba warabonye mu gisomwa ca Bibiliya c’ino ndwi?

  • Igisomwa ca Bibiliya: (Imin. 4 canke idashika) Mt 27:38-54

NIWIJUKIRE IGIKORWA CO MU NDIMIRO

  • Mugihura: (Imin. 2 canke idashika) Koresha agace bijanye kari ahavuga ngo Ingene twotanguza ibiyago.

  • Akavidewo ka usubiyeyo ubwa mbere: (Imin. 5) Nimurabe ako kavidewo mwongere mukaganireko.

  • Insiguro: (Imin. 6 canke idashika) g17.2 14​—Umutwe: Yezu yoba yapfiriye ku musaraba?

UBUZIMA BW’UMUKIRISU

  • Ururirimbo rwa 70

  • “Kwamamaza no kwigisha ni ntahara mu guhindura abantu abigishwa”: (Imin. 15) Guhana ijambo. Igihe muca irya n’ino iki kiganiro, nimurabe akavidewo kavuga ngo Nubandanye kwamamaza ‘udatezura’​—Akaryo kizanye no ku nzu n’inzu, n’akavuga ngo Nubandanye kwamamaza ‘udatezura’​—Ku mugaragaro no mu guhindura abantu abigishwa.

  • Inyigisho ya Bibiliya y’ishengero: (Imin. 30) jy ikig. 16

  • Isubiramwo ry’ivyo mwize, n’incamake y’ivyo mu ndwi iza (Imin. 3)

  • Ururirimbo rwa 73 n’isengesho

    Ibitabu vy’ikirundi (1983-2026)
    Sohoka
    Injira
    • Ikirundi
    • Rungika
    • Uko vyoza bimeze
    • Copyright © 2026 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
    • Amasezerano agenga ikoreshwa
    • Ibijanye no kugumya ibanga
    • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
    • JW.ORG
    • Injira
    Rungika