UBUTUNZI BWO MW’IJAMBO RY’IMANA | ZABURI 69-73
Abasavyi ba Yehova barafitiye umwete ugusenga kw’ukuri
Umwete dufitiye ugusenga kw’ukuri ukwiye kwigaragaza neza
Dawidi yarerekanye mu buzima bwiwe ko afitiye umwete Yehova
Dawidi ntiyihanganira ubukeba kuri Yehova canke umuntu wese asiga iceyi izina ryiwe
Abakuze barashobora gufasha abakiri bato kugira umwete
Uwanditse iyi zaburi, akaba ashobora kuba ari Dawidi, yaripfuza gufasha abokwarutse mu nyuma ziwe
Abavyeyi n’abakirisu bahumuye barashobora kumenyereza abakiri bato
Umwete uratuma tubwira abandi ivyo Ubwami buzokorera abantu
Umurongo wa 3: Umuntu wese azoba afise amahoro
Umurongo wa 12: Umworo azotabarwa
Umurongo wa 14: Ubugizi bwa nabi ntibuzoba bukiriho
Umurongo wa 16: Imfungurwa zizoba ari rya nawe