ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • mwb16 Mukakaro rup. 4
  • 11-17 Mukakaro

Nta videwo ihari.

Uradutunga, ividewo yanse kuvuga.

  • 11-17 Mukakaro
  • Ubuzima bwacu n’igikorwa cacu—Agatabu k’ikoraniro—2016
Ubuzima bwacu n’igikorwa cacu—Agatabu k’ikoraniro—2016
mwb16 Mukakaro rup. 4

11-17 Mukakaro

ZABURI 69-73

  • Ururirimbo rwa 92 n’isengesho

  • Intangamarara (Imin. 3 canke idashika)

UBUTUNZI BWO MW’IJAMBO RY’IMANA

  • “Abasavyi ba Yehova barafitiye umwete ugusenga kw’ukuri”: (Imin. 10)

    • Zb 69:9​—Umwete dufitiye ugusenga kw’ukuri ukwiye kwigaragaza neza (w10 15/12 7-11 ing. 2-17)

    • Zb 71:17, 18​—Abakuze barashobora gufasha abakiri bato kugira umwete (w14 15/1 23-24 ing. 4-10)

    • Zb 72:3, 12, 14, 16-19​—Umwete uratuma tubwira abandi ivyo Ubwami buzokorera abantu (w15 1/10 16 ing. 3; w10 15/8 32 ing. 19-20)

  • Ducukure ubutunzi bwo muri Bibiliya: (Imin. 8)

    • Zb 69:4, 21​—Iyi mirongo yerekeza gute kuri Mesiya? (w11 15/8 11 ing. 17; w11 15/8 15 ing. 15)

    • Zb 73:24​—Yehova ajana gute abasavyi biwe ku buninahazwa? (w13 15/2 25-26 ing. 3-4)

    • Igisomwa ca Bibiliya c’ino ndwi kinyigisha iki ku vyerekeye Yehova?

    • Ni ivyiyumviro ibihe vyo mu gisomwa ca Bibiliya c’ino ndwi nokoresha mu ndimiro?

  • Igisomwa ca Bibiliya: (Imin. 4 canke idashika) Zb 73:1-28

NIWIJUKIRE IGIKORWA CO MU NDIMIRO

  • Mugihura: (Imin. 2 canke idashika) wp16.4 igipfukisho​—Nucire inzira isubirayo.

  • Usubiyeyo: (Imin. 4 canke idashika) wp16.4 igipfukisho

  • Inyigisho: (Imin. 6 canke idashika) fg icigwa 5 ing. 3-4

UBUZIMA BW’UMUKIRISU

  • Ururirimbo rwa 140

  • “Ubona wobugerageza umwaka umwe?”: (Imin. 15) Nimubanze muyage gatoyi kuri ico kiganiro no ku kivuga ngo “Intonde zogufasha kuba umutsimvyi.” Nimuce muraba mwongere muganire ku kavidewo kavuga ngo Hitamwo umwuga ujana ku buzima budahera.

  • Inyigisho ya Bibiliya y’ishengero: (Imin. 30) ia ikig. 19 ing. 17-31, uruzitiro “Yozefu yapfuye ryari?,” n’isubiramwo ry’ikigabane

  • Isubiramwo ry’ivyo mwize, n’incamake y’ivyo mu ndwi iza (Imin. 3)

  • Ururirimbo rwa 123 n’isengesho

    Ibitabu vy’ikirundi (1983-2026)
    Sohoka
    Injira
    • Ikirundi
    • Rungika
    • Uko vyoza bimeze
    • Copyright © 2026 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
    • Amasezerano agenga ikoreshwa
    • Ibijanye no kugumya ibanga
    • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
    • JW.ORG
    • Injira
    Rungika