ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • km 2/15 rup. 2
  • Urutonde rwo ku ndwi itangura ku wa 16 Ruhuhuma

Nta videwo ihari.

Uradutunga, ividewo yanse kuvuga.

  • Urutonde rwo ku ndwi itangura ku wa 16 Ruhuhuma
  • Igikorwa dukorera Ubwami—2015
  • Udutwe
  • INDWI ITANGURA KU WA 16 RUHUHUMA
Igikorwa dukorera Ubwami—2015
km 2/15 rup. 2

Urutonde rwo ku ndwi itangura ku wa 16 Ruhuhuma

INDWI ITANGURA KU WA 16 RUHUHUMA

Ururirimbo rwa 80 n’isengesho

Inyigisho ya Bibiliya y’ishengero:

cl ikig. 20 ing. 8-15 (Imin. 30)

Ishure ry’ubusuku bwa gitewokarasi:

Igisomwa ca Bibiliya: Abacamanza 15-18 (Imin. 8)

No. 1: Abacamanza 16:13-24 (Imin. 3 canke idashika)

No. 2: Bibiliya irimwo ubutumwa ubuhe?—igw rup. 8 ing. 1-4 (Imin. 5)

No. 3: Apolo—Umutwe: Umuntu yicisha bugufi, azi kuvuga, kandi w’umunyamwete—w13 15/4 rup. 8-9 ing. 9-11 (Imin. 5)

Ikoraniro ry’umurimo:

Icivugo c’uku kwezi: Nugirire “umwete ibikorwa vyiza”!—Tito 2:14.

Ururirimbo rwa 92

Imin. 15: Niwitegure kugira wamamaze inkuru nziza n’umwete. Ikiganiro c’uguhana ijambo n’abumviriza. Ni kubera iki gusenga Yehova ari co kintu ca mbere umuntu yokora mu kwitegurira ubusuku? (Zab. 143:10; Ivyak. 4:31) Uretse isengesho, ni ikindi kintu ikihe gikenewe? (Ezr. 7:10) Duhejeje kwitegura muri ivyo, ni ibindi bintu ibihe vy’ingirakamaro twokora mu gupanga ibisohokayandikiro vyacu no mu gutegura isakoshi tujana mu busuku? Kwitegura neza bidufitiye akamaro akahe? (Raba Umunara w’Inderetsi wo ku wa 15 Mukakaro 2008, rup. 9, ing. 9.) Witegurira gute ubusuku? Nusabe umwamamaji agire umwerekano aho yitegurira ubusuku mu kwihweza ibiri mu dupapuro tw’inkuru nziza, mu binyamakuru no mu dutabu aza gukoresha. Ahejeje, aca ategura isakoshi ajana mu busuku kandi akaraba ko akuma kiwe ka elegitoronike akoresha mu busuku gakora neza. Nushimike ko twese dukwiye kwitegura neza imbere yo kuja mu busuku. (2 Tim. 3:17)

Imin. 15: “Muri iki kiringo c’Icibutso, woba uzokwigana umwete wa Yehova na Yezu?” Ibibazo n’inyishu. Nimuhe abari aho bose agapapuro k’ubutumire bw’Icibutso maze muce murimbura ibiri muri ko. Nimugire umwerekano mugufi mukoresheje uburyo bwo gushikiriza ubwo butumire buri ku rupapuro rwa 4.

Ururirimbo rwa 30 n’isengesho

    Ibitabu vy’ikirundi (1983-2026)
    Sohoka
    Injira
    • Ikirundi
    • Rungika
    • Uko vyoza bimeze
    • Copyright © 2026 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
    • Amasezerano agenga ikoreshwa
    • Ibijanye no kugumya ibanga
    • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
    • JW.ORG
    • Injira
    Rungika