Urutonde rwo ku ndwi itangura ku wa 5 Nzero
INDWI ITANGURA KU WA 5 NZERO 2015
Ururirimbo rwa 113 n’isengesho
Inyigisho ya Bibiliya y’ishengero:
cl ikig. 18 ing. 9-19 (Imin. 30)
Ishure ry’ubusuku bwa gitewokarasi:
Igisomwa ca Bibiliya: Yosuwa 16-20 (Imin. 8)
No. 1: Yosuwa 17:11-18 (Imin. 3 canke idashika)
No. 2: Imana ni nde?—igw rup. 2 ing. 1-3 (Imin. 5)
No. 3: Aroni—Umutwe: Nunanire akosho k’urunganwe—w10 15/11 rup. 8 ing. 4, 5 (Imin. 5)
Ikoraniro ry’umurimo:
Icivugo c’uku kwezi: Dusohore “ibintu vyiza” mw’itunga ryiza twajejwe.—Mat. 12:35a.
Imin. 30: “Indirimbo nshasha zo gushemeza Imana!” Ikiganiro c’uguhana ijambo n’abumviriza. Igihe mwihweza ingingo ya 6, nusabe abari kw’iradiyo bavugirize ishengero umuziki w’ururirimbo “Ubwami bw’Imana buraganza—Nibuze!” Uwo muziki urangiye, nuce usaba abumviriza bahaguruke maze muririmbe urwo ruririmbo rushasha mujana n’umuziki. Hari aho vyoba ngombwa ko urwo ruririmbo ruririmbwa incuro zibiri kugira ngo bifashe ishengero kurumenya.
Ururirimbo rushasha “Ubwami bw’Imana buraganza—Nibuze!” n’isengesho